Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Baqarah 2:70 قالوا ادع لنا ربك يبين لنا ما هي ان البقر تشابه علينا وانا ان شاء الله لمهتدون ٧٠

Ukurasa 11 · Juzuu 1

قَالُواْ
ٱدۡعُ
لَنَا
رَبَّكَ
يُبَيِّن
لَّنَا
مَا
هِيَ
إِنَّ
ٱلۡبَقَرَ
تَشَٰبَهَ
عَلَيۡنَا
وَإِنَّآ
إِن
شَآءَ
ٱللَّهُ
لَمُهۡتَدُونَ
٧٠
Barasubira kandi bati: “Dusabire Imana yawe Rurema Allah Yongere Idutomorere kurusha iyo nka iyo ari yo. Mu vy’ukuri, inka zatuzazaniye, na twe ku bushake bw’Imana Allah turipfuza gushika ku nka ikenewe”.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Stubbornness of the Jews regarding the Cow; Allah made the Matter difficult for Them

Allah mentioned the stubbornness of the Children of Israel and the many unnecessary questions they asked their Messengers. This is why when they were stubborn, Allah made the decisions difficult for them. Had the

…

The Stubbornness of the Jews regarding the Cow; Allah made the Matter difficult for Them

Allah mentioned the stubbornness of the Children of Israel and

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

67. Bene Israyeli! Nimwibuke n’igihe Intumwa y’Imana Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) yabwira abantu bayo muri ba sogokuru banyu, iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah Ibategeka kubaga inka”. Na bo n’amanyama n’akantu bakishura bati: “Mbega uriko uraduteburako?”. Na yo ibishura yicisha bugufi iti: “Ndikinze ku Mana Allah ko noba mu bakehabwenge babeshera Imana Allah”. 68. Baraheza bavuga bati: “Dusabire Imana yawe Rurema Allah Idusobanurire ibiranga iyo nka”. Maze ibishura iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah Ibabwira Iti: “Ibiranga iyo nka, ntishaje, kandi si ishashi, ni iyiri hagati na hagati y’izo. Kubera ivyo rero, nimushire mu ngiro ivyo mutegetswe””. 69. Baraheza barasubizayo bati: “Erega dusabire Imana yawe Rurema Allah Idutomorere neza uko isa!”. Na yo ibishura iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah Ibabwira ko iyo nka isa n’umuhondo uhishiye cane, ishajije, ibereye ijisho ku bayiraba”. 70. Barasubira kandi bati: “Dusabire Imana yawe Rurema Allah Yongere Idutomorere kurusha iyo nka iyo ari yo. Mu vy’ukuri, inka zatuzazaniye, na twe ku bushake bw’Imana Allah turipfuza gushika ku nka ikenewe”. 71. Intumwa y’Imana Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) ibishura iti: “Ni ukuri, Imana Allah Ibabwira ko iyo nka atari inka yororewe kurima canke kuvomera, ntigira agatosi na gato, ifise ibara rimwe ry’umuhondo ritarobetse”. Ni ko guca bavuga bati: “Ubu rero uzanye ukuri nya kuri”. Baraheza barayibaga. Bahatswe no kutabikora bitewe n’ukuntu izimvye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia