Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Baqarah 2:226 للذين يولون من نسايهم تربص اربعة اشهر فان فاءوا فان الله غفور رحيم ٢٢٦

Ukurasa 36 · Juzuu 2

لِّلَّذِينَ
يُؤۡلُونَ
مِن
نِّسَآئِهِمۡ
تَرَبُّصُ
أَرۡبَعَةِ
أَشۡهُرٖۖ
فَإِن
فَآءُو
فَإِنَّ
ٱللَّهَ
غَفُورٞ
رَّحِيمٞ
٢٢٦
Abazorahira ko batazorangura amabanga y’abubatse n’abakenyezi babo mu buzima bwabo bwose canke mu kiringo kirenga amezi ane, bafise ikiringo c’amezi ane co kwisubirako, nibisubirako ku ndahiro imbere yuko amezi ane arangira, mu vy’ukuri Imana Allah Izobababarira, ni Nyenikigongwe-ntangere, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Ila' and its Rulings

Ila' is a type of vow where a man swears not to sleep with his wife for a certain period, whether less or more than four months. If the vow of Ila' was for less than four months, the man has to wait for the vow's period to end and then is allowed to have sexual intercourse wi

…

The Ila' and its Rulings

Ila' is a type of vow where a man swears not to sleep with his wife for a certain period, whether less or more than four month

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

226. Abazorahira ko batazorangura amabanga y’abubatse n’abakenyezi babo mu buzima bwabo bwose canke mu kiringo kirenga amezi ane, bafise ikiringo c’amezi ane co kwisubirako, nibisubirako ku ndahiro imbere yuko amezi ane arangira, mu vy’ukuri Imana Allah Izobababarira, ni Nyenikigongwe-ntangere, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 227. Nibapfundika ingingo yo kwahukana naho, bakaguma ku ndahiro yabo y’ukutarangura amabanga y’abubatse muri nya kiringo, mu vy’ukuri Imana Allah Irumva ivyo bavuga, Irazi neza n’ivyo bazirikana, kandi Izobibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia