Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Baqarah 2:207 ومن الناس من يشري نفسه ابتغاء مرضات الله والله رءوف بالعباد ٢٠٧

Ukurasa 32 · Juzuu 2

وَمِنَ
ٱلنَّاسِ
مَن
يَشۡرِي
نَفۡسَهُ
ٱبۡتِغَآءَ
مَرۡضَاتِ
ٱللَّهِۚ
وَٱللَّهُ
رَءُوفُۢ
بِٱلۡعِبَادِ
٢٠٧
Mu bantu harimwo kandi n’uwiguze ugushimwa n’Imana Allah mu guharanira idini ryayo. Burya Imana Allah ni na Yo Nyenikigongwe ku baja bayo b’abatoni.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Characteristics of the Hypocrites

The Characteristics of the Hypocrites

As-Suddi said that these Ayat were revealed about Al-Akhnas bin Shariq Ath-Thaqafi, who came to Allah's Messenger ﷺ and announced his Islam, although his heart concealed otherwise.

Ibn `Abbas narrated that these Ayat were re

…

The Characteristics of the Hypocrites

The Characteristics of the Hypocrites

As-Suddi said that these Ayat were revealed about Al-Akhnas bin Shariq Ath

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

204. Ntumwa y’Imana! Burya mu bantu harimwo indyarya, uryoherwa n’ivyo ivuga mu kurondera ivy’isi, ikarahira ikarengwa ko ikunda ubwislamu, ikanubahuka kugira Imana Allah Icabona ku biri mu mutima wayo, kandi ari yo mwansi mubi w’ubwislamu; 205. Ntumwa y’Imana! Iyo yikebanuye muvanye, irakerebuka ica hirya n’ino kw’isi mu bwononyi, kugira ngo ihonye ibiterwa n’ibitungwa. Burya Imana Allah ntikunda na gato ubwononyi; 206. Iyo nya ndyarya ihanuwe iti: “Tinya Imana Allah maze wiyubare ibihano vyayo, uheze uvavanure n’ubwononyi”, ica itwarwa n’ubwishime mu kubandanya ikora ivyaha. Kubera ivyo, irakwiye guhanwa mu muriro wa Jahannamu, n’ukuri ni na bwo busaswa bubi cane. 207. Mu bantu harimwo kandi n’uwiguze ugushimwa n’Imana Allah mu guharanira idini ryayo. Burya Imana Allah ni na Yo Nyenikigongwe ku baja bayo b’abatoni.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia