Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Baqarah 2:135 وقالوا كونوا هودا او نصارى تهتدوا قل بل ملة ابراهيم حنيفا وما كان من المشركين ١٣٥

Ukurasa 21 · Juzuu 1

وَقَالُواْ
كُونُواْ
هُودًا
أَوۡ
نَصَٰرَىٰ
تَهۡتَدُواْۗ
قُلۡ
بَلۡ
مِلَّةَ
إِبۡرَٰهِـۧمَ
حَنِيفٗاۖ
وَمَا
كَانَ
مِنَ
ٱلۡمُشۡرِكِينَ
١٣٥
Abayahudi n’abanaswara na bo babwiye abislamu bati: “Nimuje mw’idini ry’ubuyahudi canke ry’ubunaswara, muzoba mukurikiye ukuri n’uburongozi bwiza”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ahubwo nyabuna, ukuri n’uburongozi bwiza, ni idini rya Ibrahimu ry’ubwislamu rishingiye ku kwemera-ndemanwa, yasenga Imana Imwe Rudende Allah, kira noneho ntiyari no mu babangikanyamana”.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Muhammad bin Ishaq reported that Ibn `Abbas said that `Abdullah bin Suriya Al-A`war said to the Messenger of Allah ﷺ, "The guidance is only what we (Jews) follow. Therefore, follow us, O Muhammad, and you will be rightly guided." Also, the Christians said similarly, so Allah revealed,

وَقَالُواْ كُون

…

Muhammad bin Ishaq reported that Ibn `Abbas said that `Abdullah bin Suriya Al-A`war said to the Messenger of Allah ﷺ, "The guidance is only what we (J

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

134. Uwo rero ni umugwi w’abakurambere banyu mu kwemera bamaze kurengana, bafise ivyiza barondeye, na mwe nyene mufise ivyiza canke ibibi mwarondeye, kandi ntimuzobazwa ku bikorwa bari barakoze, eka mbere na bo nyene ntibazobazwa ku bikorwa mwakoze. 135. Abayahudi n’abanaswara na bo babwiye abislamu bati: “Nimuje mw’idini ry’ubuyahudi canke ry’ubunaswara, muzoba mukurikiye ukuri n’uburongozi bwiza”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ahubwo nyabuna, ukuri n’uburongozi bwiza, ni idini rya Ibrahimu ry’ubwislamu rishingiye ku kwemera-ndemanwa, yasenga Imana Imwe Rudende Allah, kira noneho ntiyari no mu babangikanyamana”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia