Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Aaraf 7:199 خذ العفو وامر بالعرف واعرض عن الجاهلين ١٩٩

Ukurasa 176 · Juzuu 9

خُذِ
ٱلۡعَفۡوَ
وَأۡمُرۡ
بِٱلۡعُرۡفِ
وَأَعۡرِضۡ
عَنِ
ٱلۡجَٰهِلِينَ
١٩٩
Muvugishwamana! Abantu ivyo bashoboye mu bikorwa n’imigenzo myiza, urabibakirira maze ubibashimire uko bingana kwose, ntukabasabe ivyo badashoboye. Babwirize no kugira ineza mu mvugo n’ingiro, uheze wirengagize inshirasoni.
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Showing Forgiveness

`Abdur-Rahman bin Zayd bin Aslam commented on Allah's statement,

خُذِ الْعَفْوَ

(Show forgiveness) "Allah commanded Prophet Muhammad ﷺ to show forgiveness and turn away from the idolators for ten years. Afterwards Allah ordered him to be harsh with them." And more than one narration

…

Showing Forgiveness

`Abdur-Rahman bin Zayd bin Aslam commented on Allah's statement,

خُذِ الْعَفْوَ

(Show forgiveness) "Allah commanded Prophet Muhammad

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

199. Muvugishwamana! Abantu ivyo bashoboye mu bikorwa n’imigenzo myiza, urabibakirira maze ubibashimire uko bingana kwose, ntukabasabe ivyo badashoboye. Babwirize no kugira ineza mu mvugo n’ingiro, uheze wirengagize inshirasoni. 200. Niwashikirwa n’inyoshambi za shetani zituma wotwarwa n’agashavu canke wokwihora, uraheza wikinge ku Mana Allah Igukingire izo nyoshambi, mu vy’ukuri ni Yo Nyenukwumva, Irumva ivyo muvuga, Nyenubumenyikurivyose, Irazi ivyo mukora. 201. Mu vy’ukuri, abagamburukira Imana Allah iyo bakozweko n’inyoshambi za shetani, baca bagaruka ku Mana Allah bakigaya, bagashoka bavavanura n’ibicumuro. 202. Abanywanyi ba shetani mu bantu, baterwa ingoga n’amashetani mu majini zo kubandanya mu buhuvyi, nya mashetani agaheza agakora yita ku rutare mu kubahubisha, maze na bo bagakorana umwete mu gushira mu ngiro inyoshambi zayo. 203. Ntumwa y’Imana! Iyo utabashikirije icemezo cerekana ukuri wazanye, baca bavuga bati: “Ubwo ntiwopfuma urementanya icemezo!”. Babwire uti: “Mu vy’ukuri, burya jewe nkurikira ivyo nahishuriwe n’Imana yanje Rurema Allah muri iyi Qor’ani. Muri iyo Qor’ani, harimwo ivyemezo bitomoye, uburongozi n’impuhwe ku bemeramana”. 204. Qor’ani iyo isomwe, ba muyumviriza mucereje, muheze muyitahure muyizirikane, kugira mugirirwe impuhwe n’Imana Allah. 205. Ntumwa y’Imana! Uraheza rero uninahaze wongere utazire Imana yawe Rurema Allah mw’ijwi ry’uwongorera, utakambe wicisha bugufi, unayisabe mw’ijwi riciye bugufi udaciramwo abandi mu gitondo n'umugoroba, kandi ntuzobe na gato mu bantu bagoswe, batibuka kuninahaza no gutazira Imana Allah. 206. Mu vy’ukuri, abamalayika bari ku Mana yawe Rurema Allah, ntibigera bagira amanyama ngo birengagize ukwiyegereza Imana Allah mu vyo bakora vyose banayisenga, ahubwo barubahiriza amabwirizwa yayo, kandi barayitagatifuza ijoro n’umurango, bakanayubamira batayibangikanya.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia