Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Aaraf 7:181 وممن خلقنا امة يهدون بالحق وبه يعدلون ١٨١

Ukurasa 174 · Juzuu 9

وَمِمَّنۡ
خَلَقۡنَآ
أُمَّةٞ
يَهۡدُونَ
بِٱلۡحَقِّ
وَبِهِۦ
يَعۡدِلُونَ
١٨١
No mu biremwa Twaremye rero, harimwo umugwi w’abagororotsi urongora abantu wisunze ukuri, ukanabararikira kugukurikira, ugaheza rero ukanatunganiriza abandi mu kubacira imanza wisunze nya kuri nyene;
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

وَمِمَّنْ خَلَقْنَآ

(And of those whom We have created), in reference to some nations,

أُمَّةٍ

(a community), that stands in truth, in words and action,

يَهْدُونَ بِالْحَقِّ

(who guides (others) with the truth), they proclaim it and call to it,

وَبِهِ يَعْدِلُونَ

(and establishes justice therewith), adhere

…

وَمِمَّنْ خَلَقْنَآ

(And of those whom We have created), in reference to some nations,

أُمَّةٍ

(a community), that stands in truth, in words and action,

ي

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

179. Ni ukuri, Twebwe Allah Twaremeye umuriro wa Jahannamu abagarariji benshi mu bantu no mu majini; abafise imishaha ntibaheze ngo bayikoreshe mu gutahura; bakagira n’amaso ntibaheze ngo bayakoreshe mu kubona Aayah n'ivyemezo vyacu; bakagira n’amatwi ntibaheze ngo bayakoreshe mu kwumviriza Aayah z’Imana Allah zikabanyura. Abo ni bo rero, babayeho nk’ibitungwa bitumva ngo bitahure ico bibwirwa, bitabona ngo biheze bitandukanye iciza n’ikibi. Ahubwo mbere bobo barahuvye gusumba ivyo bitungwa. Abo ni bo rero bagoswe, ntibemera Imana Allah ngo bayumvire, bigira ba sindabibazwa. 180. Imana Allah Irafise amazina meza cane aranga ubutore bwayo, nimuyasabishe rero ku Mana Allah. Mwitandukanye na barya batosekaza amazina yayo, bazohembwa ku bicumuro bari barakoze kw’isi mu kugarariza Imana Allah n’Intumwa yayo, no mu gutosekaza amazina yayo. 181. No mu biremwa Twaremye rero, harimwo umugwi w’abagororotsi urongora abantu wisunze ukuri, ukanabararikira kugukurikira, ugaheza rero ukanatunganiriza abandi mu kubacira imanza wisunze nya kuri nyene;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia