Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Aaraf 7:104 وقال موسى يا فرعون اني رسول من رب العالمين ١٠٤

Ukurasa 163 · Juzuu 9

وَقَالَ
مُوسَىٰ
يَٰفِرۡعَوۡنُ
إِنِّي
رَسُولٞ
مِّن
رَّبِّ
ٱلۡعَٰلَمِينَ
١٠٤
Musa yabwiye Firawuni ati: “Jewe mu vy’ukuri, ndi Intumwa ivuye ku Mana Rurema, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose.
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

وَقَالَ مُوسَى يَفِرْعَوْنُ إِنَّى رَسُولٌ مِّن رَّبِّ الْعَلَمِينَ

(And Musa said: "O Fir`awn! Verily, I am a Messenger from the Lord of all that exists".) meaning Musa said, `the one Who sent me is the Creator, Lord and King of all things,'

حَقِيقٌ عَلَى أَن لاَ أَقُولَ عَلَى اللَّهِ إِلاَّ الْحَق
…
وَقَالَ مُوسَى يَفِرْعَوْنُ إِنَّى رَسُولٌ مِّن رَّبِّ الْعَلَمِينَ

(And Musa said: "O Fir`awn! Verily, I am a Messenger from the Lord of all that exi

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

103. Ntumwa y'Imana! Mu nyuma y’izo Ntumwa rero, ni ho kandi Twatuma Musa mwene Amraani, Tumurungikana ivyemezo vyacu bigaragara kwa Firawuni n’abantu biwe, baraheza barirenganya mu kugarariza nya vyemezo. Ehe raba ukuntu Twabahanye, Tukabasomesha nturi bose! Iryo rero, ni ryo herezo ry’abagenzwa n’ubwononyi kw’isi. 104. Musa yabwiye Firawuni ati: “Jewe mu vy’ukuri, ndi Intumwa ivuye ku Mana Rurema, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose. 105. Ndakwiye rero kutavuga kiretse ukuri ku vyerekeye Imana Allah. Ni ukuri, naje ndabazaniye icemezo kigaragara kivuye ku Mana yanyu Rurema Allah, cerekana ukuri ku vyo ndababwira. Ewe Firawuni! Bohora rero Bene Israyeli, ureke kubacura bufuni na buhoro, mpeze ndabarongore mu nzira y’Imana Allah”. 106. Firawuni araheza yishura Musa ati: “Niwaba wazanye icemezo nk’uko ubivuga, enda rero cerekane, niwaba uri mu mvugakuri ko uri Intumwa vy’ukuri”. 107. Ni ho rero Musa yaterera inkoni yiwe hasi, ica ihinduka inzoka amahanga yigendera, abantu birabira; 108. Araheza kandi ashira ikiganza ciwe mu kwaha, agize ngo aragikuyeyo, caje cererana gisayangana cane abari ng’aho birabira, barumirwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia