Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Anbiyaa 21:84 فاستجبنا له فكشفنا ما به من ضر واتيناه اهله ومثلهم معهم رحمة من عندنا وذكرى للعابدين ٨٤

Ukurasa 329 · Juzuu 17

فَٱسۡتَجَبۡنَا
لَهُۥ
فَكَشَفۡنَا
مَا
بِهِۦ
مِن
ضُرّٖۖ
وَءَاتَيۡنَٰهُ
أَهۡلَهُۥ
وَمِثۡلَهُم
مَّعَهُمۡ
رَحۡمَةٗ
مِّنۡ
عِندِنَا
وَذِكۡرَىٰ
لِلۡعَٰبِدِينَ
٨٤
Ni ho rero Ayubu, Twamwumvira Turaheza Tumukurako nya vyago, Tunamusubiza ivyo yabuze mu bana n’amatungo bigwijijwe na kabiri, ivyo vyose rero Twabigize ku mpuhwe zacu kugira abere akarorero abiyegereza Imana Allah mu kwihanganira igeragezwa.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Prophet Ayyub Allah tells us about Ayyub (Job), and the trials that struck him, affecting his wealth, children and physical health.

He had plenty of livestock, cattle and crops, many children and beautiful houses, and he was tested in these things, losing every thing he had. Then he was tested wi

…

The Prophet Ayyub Allah tells us about Ayyub (Job), and the trials that struck him, affecting his wealth, children and physical health.

He had plenty o

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

83. Ntumwa y’Imana! Ibuka n’inkuru y’Umuja wacu Ayubu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), igihe yageragezwa mu vyago vy’indwara z’igihe kirekire, abana bagahwera, amatungo akamuherako, akihanganira ivyo vyose ku bw’Imana Allah, araheza ahamagara Imana yiwe Rurema Allah ayitakambira ati: “Mu vy’ukuri, nakozweko n’ivyago vy’indwara, none rero ndagusavye Mana yanje ubinkureko, kuko Wewe Urangwa n’impuhwe zisumba iz’abagirampuhwe bose”. 84. Ni ho rero Ayubu, Twamwumvira Turaheza Tumukurako nya vyago, Tunamusubiza ivyo yabuze mu bana n’amatungo bigwijijwe na kabiri, ivyo vyose rero Twabigize ku mpuhwe zacu kugira abere akarorero abiyegereza Imana Allah mu kwihanganira igeragezwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia