Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Anbiyá 21:35 كل نفس ذايقة الموت ونبلوكم بالشر والخير فتنة والينا ترجعون ٣٥

Página 324 · Juz 17

كُلُّ
نَفۡسٖ
ذَآئِقَةُ
ٱلۡمَوۡتِۗ
وَنَبۡلُوكُم
بِٱلشَّرِّ
وَٱلۡخَيۡرِ
فِتۡنَةٗۖ
وَإِلَيۡنَا
تُرۡجَعُونَ
٣٥
Zina-kiremwa, ico ari co cose gifise ubuzima kizopfa nta gisivya, n’aho coramba imyaka n’iyindi. Tuzonabagerageza mw’iyubahirizwa ry’amabwirizwa yacu, mu gihe c’amagorwa no mu gihe c’amahirwe mu buzima bwo kw’isi, hanyuma muheze mugaruke iwacu kugira muharurirwe maze muhemberwe ivyo mwakoze.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

No One has been granted Immortality in this World

وَمَا جَعَلْنَا لِبَشَرٍ مِّن قَبْلِكَ

(And We granted not to any human being immortality before you;) means, O Muhammad.

الْخُلْدَ

(immortality) means, in this world. On the contrary,

كُلُّ مَنْ عَلَيْهَا فَانٍ - وَيَبْقَى وَجْهُ رَبِّكَ ذُو الْجَلْلِ وَ
…

No One has been granted Immortality in this World

وَمَا جَعَلْنَا لِبَشَرٍ مِّن قَبْلِكَ

(And We granted not to any human being immortality before you;)

…
Ver tafsirs

Leer related-content

34. Ntumwa y’Imana! Aho hambere yawe, nta muntu n’umwe Twahaye kubaho ubuzima bwo kw’isi ata gupfa. Mbega mu gihe wewe wopfa, ni bo rero bobaho ubuzima bwose kw’isi! 35. Zina-kiremwa, ico ari co cose gifise ubuzima kizopfa nta gisivya, n’aho coramba imyaka n’iyindi. Tuzonabagerageza mw’iyubahirizwa ry’amabwirizwa yacu, mu gihe c’amagorwa no mu gihe c’amahirwe mu buzima bwo kw’isi, hanyuma muheze mugaruke iwacu kugira muharurirwe maze muhemberwe ivyo mwakoze. 36. Ntumwa y’Imana! Iyo abagarariji bakubonye, baraguteburako bati: “Mbega uyu, ni we anebagura imana zanyu!”, kandi na bo bihakana inema za Nyenimpuhwe Allah, bakanagarariza Qor’ani! 37. Burya kamere y’umuntu, ni uguhutagiza ibintu. Bagarariji! Jewe Allah, bitebe bitebuke, Nzobereka ibihano vyanje, ntimurinde kwihutira gusaba ko vyobashikira. 38. Abagarariji bihutira gusaba ibihano n’itebura n’akantu bati: “Muhama! Ubona tuzoshikirwa n’ibihano udusezeranira ryari, niwaba wewe n’abagukurikiye muri imvugakuri koko!”. 39. Iyo abo bagarariji bamenya ibihano bibarindiriye igihe ata wuzoshobora kwikingira muri bo umuriro mu maso no mu mugongo, umusi batazoronka n’uwubatabara ngo abakure mu bihano, ntibari kugarariza, eka mbere ntibari no kwihutira gusaba ko bohanwa. 40. Ahubwo rero, umuhero w’isi uzoshikira abagarariji giturumbuka batawiteguriye, maze bajumararirwe, batekerwe n’ubwoba badashoboye no guhagarika nya bihano; eka ntibazohabwa n’agahengwe ko gutenyenya ngo bigaye canke ngo biregure. 41. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri haragizwe itebura ku Ntumwa zo hambere yawe, maze abatebuye kuri nya Ntumwa bashikirwa n’ibihano bahora bateburako ko bitobashikira.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir