Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-An-Am 6:54 واذا جاءك الذين يومنون باياتنا فقل سلام عليكم كتب ربكم على نفسه الرحمة انه من عمل منكم سوءا بجهالة ثم تاب من بعده واصلح فانه غفور رحيم ٥٤

Ukurasa 134 · Juzuu 7

وَإِذَا
جَآءَكَ
ٱلَّذِينَ
يُؤۡمِنُونَ
بِـَٔايَٰتِنَا
فَقُلۡ
سَلَٰمٌ
عَلَيۡكُمۡۖ
كَتَبَ
رَبُّكُمۡ
عَلَىٰ
نَفۡسِهِ
ٱلرَّحۡمَةَ
أَنَّهُۥ
مَنۡ
عَمِلَ
مِنكُمۡ
سُوٓءَۢا
بِجَهَٰلَةٖ
ثُمَّ
تَابَ
مِنۢ
بَعۡدِهِۦ
وَأَصۡلَحَ
فَأَنَّهُۥ
غَفُورٞ
رَّحِيمٞ
٥٤
Muvugishwamana! Abemera Aayah za Qor’ani n’ibindi vyemezo vyacu vyerekana ko uri Intumwa vy’ukuri, nibaza bakugana babaza ku vyerekeye ukwigaya ivyaha bigeze gukora, urabatera intege ubahumuriza uti: “Murakagira amahoro y’Imana Allah”, unabashikiriza inkuru nziza uti: “Imana yanyu Rurema Allah Yaramaze kwiyemeza kugirira impuhwe ibiremwa vyayo, ko Izobabarira uwakoze icaha muri mwebwe ku kutamenya ingaruka mbi yaco hanyuma akigaya mu nyuma, akanashishikara atunganya ibikorwa vyiza bitegetswe. Ni Yo Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Messenger Neither has the Key to Allah's Treasures, Nor Knows the Unseen

Allah said to His Messenger ,

قُل لاَّ أَقُولُ لَكُمْ عِندِى خَزَآئِنُ اللَّهِ

(Say: "I don't tell you that with me are the treasures of Allah.") meaning, I do not own Allah's treasures or have any power over them,

وَلا أَعْلَم

…

The Messenger Neither has the Key to Allah's Treasures, Nor Knows the Unseen

Allah said to His Messenger ,

قُل لاَّ أَقُولُ لَكُمْ عِندِى خَزَآئِنُ اللّ

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

51. Ntumwa y’Imana! Koresha Qor’ani mu kugabisha abatinya ko bazozuka bakegeranirizwa ku Mana yabo Rurema Allah, bazi neza ko ata mutabazi bazoronka abatabara mu bihano, kiretse Imana Allah, kandi ata n’uwubavugira ku Mana Allah bazoronka ngo ntibahanwe. Bagabishe rero kugira batinye Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo. 52. Muvugishwamana! Ntukirukane mu vyicaro vyawe ba ntahonikora na ba nyarucari mu bislamu, biyegereza Imana yabo Rurema Allah mu vyo bakora vyose bakanayisenga igitondo n’umugoroba bashaka kuyishimisha; nta na kimwe ubazwa ku ndishi y’ivyo bakora, eka na bo nyene nta na kimwe bagusaba. Uramutse rero ubirukanye, woba uri mu barenganya mu kutamenya icubahiro n’agateka k’umwe wese. 53. Ni nk’ukwo nyene rero Imana Allah Yagerageje bamwe mu biremwa vyayo mu kutabaha ibibabeshaho n’inkomezi ku rugero rungana; uyu Yamuhaye gutunga, urya na we Imuha gukena; uriya Yamuhaye inkomezi n’imirya, uyu na we Imuha ingoga nke, Iraheza rero Irabagerageza mu gukenerana no mu gukenurana, kugira abatunzi mu bagarariji bavuge bitangaza bati: “Aba bakene na ba nyarucari, ni bo Imana Allah Yarongoye bakaba abislamu, ha kuba ari twebwe!”. Mbega burya Imana Allah ntizi bikwiye abayishimira Ikabashoboza kuba abagororotsi! 54. Muvugishwamana! Abemera Aayah za Qor’ani n’ibindi vyemezo vyacu vyerekana ko uri Intumwa vy’ukuri, nibaza bakugana babaza ku vyerekeye ukwigaya ivyaha bigeze gukora, urabatera intege ubahumuriza uti: “Murakagira amahoro y’Imana Allah”, unabashikiriza inkuru nziza uti: “Imana yanyu Rurema Allah Yaramaze kwiyemeza kugirira impuhwe ibiremwa vyayo, ko Izobabarira uwakoze icaha muri mwebwe ku kutamenya ingaruka mbi yaco hanyuma akigaya mu nyuma, akanashishikara atunganya ibikorwa vyiza bitegetswe. Ni Yo Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 55. Ntumwa y'Imana! Ni nk’ukwo rero Twebwe Allah Dutomora ivyemezo vyacu vyerekana ukuri kugira ngo kumenyekane, no kugira kandi hamenyekane inzira y’inkozi z’ikibi zica kubiri n’Intumwa zacu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia