Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Ahzab 33:67 وقالوا ربنا انا اطعنا سادتنا وكبراءنا فاضلونا السبيلا ٦٧

Ukurasa 427 · Juzuu 22

وَقَالُواْ
رَبَّنَآ
إِنَّآ
أَطَعۡنَا
سَادَتَنَا
وَكُبَرَآءَنَا
فَأَضَلُّونَا
ٱلسَّبِيلَا۠
٦٧
Abagarariji kuri uwo musi, bazovuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Mu vy’ukuri twebwe, twarumviye abubahwa hamwe n’indongozi zacu mw’igarariza no mw’ibangikanyamana, baraheza baraduhubisha inzira y’ukwemera uburongozi bwawe;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

No One knows when the Day of Resurrection will come except Allah

Here Allah tells His Messenger that he cannot know when the Hour will come, and if people ask him about that, He instructs him to refer the matter to Allah, may He be exalted, as Allah says in Surat Al-A`raf, even though that was reveal

…

No One knows when the Day of Resurrection will come except Allah

Here Allah tells His Messenger that he cannot know when the Hour will come, and if peo

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

63. Ntumwa y’Imana! Abantu barakubaza ku bijanye n’isango umuhero w’isi uzoshikirako mu ntumbero yo guhakana. Bakurire inkoni ku gishitsi, maze ubabwire uti: “Ni ukuri ubumenyi bw’isango ry’umuhero w’isi, buzwi gusa n’Imana Allah”. Mbega Ntumwa y’Imana! Wobibwirwa n’iki, kumbure hari n’aho isango rya nya muhero w’isi ryoba riri hafi gushika! 64. Mu vy’ukuri Imana Allah, Yaravumye abagarariji mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, Iranabategekaniriza mu buzima bw’inyuma yo gupfa umuriro wama wegenyejwe; 65. Bazowugumamwo ibihe bidahera mu bihano vyamaho, ntibazoronka umuhagarikizi n’umwe abakura mu bihano, eka nta n’uwubatabara mu kubibakingira bazoronka; 66. Umusi bahindukijwe mu maso bari muri nya muriro, bazovuga bajumarariwe n’ukwihebura n’akantu bati: “Amagorwa arama yemwe! Ese iyo tumenya tukumvira Imana Allah, tukumvira n’Intumwa yayo tukiri kw’isi, ntitwari kubona ayo tubonye!”. 67. Abagarariji kuri uwo musi, bazovuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Mu vy’ukuri twebwe, twarumviye abubahwa hamwe n’indongozi zacu mw’igarariza no mw’ibangikanyamana, baraheza baraduhubisha inzira y’ukwemera uburongozi bwawe; 68. Mana yacu Rurema Allah! Turagusavye rero Ubahe ibihano bigwijwe incuro zibiri ku vyo Uduha, Wongere Ubavume nya kubavuma”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia