Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Ahzab 33:60 ۞ لين لم ينته المنافقون والذين في قلوبهم مرض والمرجفون في المدينة لنغرينك بهم ثم لا يجاورونك فيها الا قليلا ٦٠

Ukurasa 426 · Juzuu 22

۞ لَّئِن
لَّمۡ
يَنتَهِ
ٱلۡمُنَٰفِقُونَ
وَٱلَّذِينَ
فِي
قُلُوبِهِم
مَّرَضٞ
وَٱلۡمُرۡجِفُونَ
فِي
ٱلۡمَدِينَةِ
لَنُغۡرِيَنَّكَ
بِهِمۡ
ثُمَّ
لَا
يُجَاوِرُونَكَ
فِيهَآ
إِلَّا
قَلِيلٗا
٦٠
Indyarya, abanyengeterewe mu mutima n’indwara yo kwamana amakenga, hamwe rero na ba gateranya barazwa ishinga no gukwiragiza ibihuha mu gisagara ca Madina, mu ntumbero yo gutera akaguma, ni ukuri nibatateshwa bagata, Tuzokugomorera kuri bo maze ubomore, hanyuma ntibazokumarana muri nya gisagara kiretse akanya gato;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Command of Hijab

Here Allah tells His Messenger to command the believing women -- especially his wives and daughters, because of their position of honor -- to draw their Jilbabs over their bodies, so that they will be distinct in their appearance from the women of the Jahiliyyah and from slave wo

…

The Command of Hijab

Here Allah tells His Messenger to command the believing women -- especially his wives and daughters, because of their position of

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

60. Indyarya, abanyengeterewe mu mutima n’indwara yo kwamana amakenga, hamwe rero na ba gateranya barazwa ishinga no gukwiragiza ibihuha mu gisagara ca Madina, mu ntumbero yo gutera akaguma, ni ukuri nibatateshwa bagata, Tuzokugomorera kuri bo maze ubomore, hanyuma ntibazokumarana muri nya gisagara kiretse akanya gato; 61. Baheze bavumwe n’Imana Allah aho bazoba bari hose. Nibatavavanura n’izo ngeso mbi rero, bazofatwa bagirwe imbohe, bicwe nya kwicwa. 62. Ni uko vyamye rero ku ndyarya n’abarazwa ishinga no gukwiragiza ibihuha mu ntumbero yo gutera akaguma mu b’aho hambere, ko Imana Allah Yabahanisha gufatwa bakagirwa imbohe, bakanicwa aho hose bari mu gihe batavavanuye n’izo ngeso. Ntumwa y’Imana! Genda ugendereze, nta hantu na hamwe uzosanga Twarigeze kudohoka ku ngingo yo guhana indyarya na ba gateranya.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia