Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Ahzab 33:56 ان الله وملايكته يصلون على النبي يا ايها الذين امنوا صلوا عليه وسلموا تسليما ٥٦

Ukurasa 426 · Juzuu 22

إِنَّ
ٱللَّهَ
وَمَلَٰٓئِكَتَهُۥ
يُصَلُّونَ
عَلَى
ٱلنَّبِيِّۚ
يَٰٓأَيُّهَا
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
صَلُّواْ
عَلَيۡهِ
وَسَلِّمُواْ
تَسۡلِيمًا
٥٦
Mu vy’ukuri Imana Allah, Irahayagiza Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ku batoni bayo mu bamalayika; abamalayika bayo na bo bakamuhayagiza banamusabira kuri Yo. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ni kuri izo mvo rero zo kwubaha no kwubahiriza uyo Muvugishwamana, mutegetswe kumusabira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah1.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Command to say Salah upon the Prophet

Al-Bukhari said: "Abu Al-`Aliyah said: "Allah's Salah is His praising him before the angels, and the Salah of the angels is their supplication." Ibn `Abbas said: "They send blessings." Abu `Isa At-Tirmidhi said: "This was narrated from Sufyan Ath-Thawri and o

…

The Command to say Salah upon the Prophet

Al-Bukhari said: "Abu Al-`Aliyah said: "Allah's Salah is His praising him before the angels, and the Salah of

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

56. Mu vy’ukuri Imana Allah, Irahayagiza Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ku batoni bayo mu bamalayika; abamalayika bayo na bo bakamuhayagiza banamusabira kuri Yo. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ni kuri izo mvo rero zo kwubaha no kwubahiriza uyo Muvugishwamana, mutegetswe kumusabira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah. 57. Mu vy’ukuri, abashavuza Imana Allah mu kuyibangikanya no mu kurenga ku mabwirizwa yayo, bakabangamira n’Intumwa yayo mu mvugo no mu ngiro, baravumwe n’Imana Allah kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, Yaranabateguriye n’ibihano bisuzuguza mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 58. Na barya babangamira abemeramana n’abemeramanakazi mu mvugo n’ingiro, babahora icaha batigeze bakora, ni ukuri biremeka ikinyoma ceruye hamwe n’icaha kigaragara bazohanirwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia