Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Ahzab 33:54 ان تبدوا شييا او تخفوه فان الله كان بكل شيء عليما ٥٤

Ukurasa 425 · Juzuu 22

إِن
تُبۡدُواْ
شَيۡـًٔا
أَوۡ
تُخۡفُوهُ
فَإِنَّ
ٱللَّهَ
كَانَ
بِكُلِّ
شَيۡءٍ
عَلِيمٗا
٥٤
Bantu! Muramutse museruye ikiri ku mutima mu vyo mubuzwa, mu kubangamira Intumwa canke mukakigira ibanga ryanyu, ni ukuri Imana Allah ni Nyenubumenyikurivyose, nta kiyinyegeje mu vyo muserura no mu vyo muhisha, kandi Izobibahembera.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Etiquette of entering the Houses of the Prophet and the Command of Hijab

This is the Ayah of Hijab, which includes several legislative rulings and points of etiquette. This is one of the cases where the revelation confirmed the opinion of `Umar bin Al-Khattab, may Allah be pleased with him, as i

…

The Etiquette of entering the Houses of the Prophet and the Command of Hijab

This is the Ayah of Hijab, which includes several legislative rulings and

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

53. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukinjire mu mihana y’Umuvugishwamana mutabanje kudodora ngo abemerere kwinjira, anabazimane ku mfungurwa mutarinze guteramira mu kurindira ko zisha; ariko mu gihe mwotumirwa murinjira, maze mufungure. Mumaze gufungura rero, muraca mukura meza mutarinze guteramira ku kiyago, mu vy’ukuri uguteramira mu mihana yiwe mu kurindira ko imfungurwa zisha, hamwe no guteramira ku kiyago muhejeje gufungurirwa, birageramira Umuvugishwamana akagira isoni zo kubasohora kandi abifitiye uburenganzira; mu vy’ukuri Imana Allah, ntigira isoni zo kugaragaza ukuri. Nihagira rero ibintu nkenerwa mu dukoresho two mu nzu n’ibindi mwipfuza gusaba abakenyezi b’Intumwa, murabisabira inyuma y’ipaziya. Ivyo rero, ni vyo vyeza cane imitima yanyu n’imitima yabo, mu kutagira akarigangamuhogo k’inyoshambi, kanatsinda ntimukwiye kubangamira namba Intumwa mu mvugo canke mu ngiro, eka ntimunarekuriwe namba mu nyuma yayo kwabira abakenyezi bayo, kuko ari abavyeyi banyu. Mu vy’ukuri, ukubangamira Intumwa kwanyu mu mvugo canke mu ngiro, hamwe no kwabira abakenyezi bayo mu nyuma yayo, ni icaha rutura ku Mana Allah. 54. Bantu! Muramutse museruye ikiri ku mutima mu vyo mubuzwa, mu kubangamira Intumwa canke mukakigira ibanga ryanyu, ni ukuri Imana Allah ni Nyenubumenyikurivyose, nta kiyinyegeje mu vyo muserura no mu vyo muhisha, kandi Izobibahembera. 55. Nta caha kiri ku bagore bemera Imana Allah, mu kutitwikira mu gihe bari kumwe na ba se, bari kumwe n’abahungu babo, basaza babo, abahungu ba basaza babo canke ba benewabo, bari kumwe n’abemeramanakazi hamwe rero n’abo bagaba bakaganza mu bashumba babo. Ivyo bikaba biri ukwo, kuko bakenerana kenshi mu dukorwa twabo twa misi yose. Bemeramanakazi! Nimwikingire ibihano vy’Imana Allah, mu kutarenga ku mabwirizwa yayo. Mu vy’ukuri Imana Allah, Irabona neza ibikorwa vyose vy’ibiremwa; ibihishije n’ibigaragara, kandi Izobibihembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia