Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Ahzab 33:15 ولقد كانوا عاهدوا الله من قبل لا يولون الادبار وكان عهد الله مسيولا ١٥

Ukurasa 419 · Juzuu 21

وَلَقَدۡ
كَانُواْ
عَٰهَدُواْ
ٱللَّهَ
مِن
قَبۡلُ
لَا
يُوَلُّونَ
ٱلۡأَدۡبَٰرَۚ
وَكَانَ
عَهۡدُ
ٱللَّهِ
مَسۡـُٔولٗا
١٥
Ni ukuri, izo ndyarya imbere yuko urugamba rw’ingabo ziyunze rushuha, zari zahaye Intumwa isezerano ryo kwumvira Imana Allah mu kudahunga urugamba, iryo dohoka n’ihemuka kw’isezerano rero, zizorihanirwa. Burya, umuntu azobazwa kw’isezerano ry’Imana Allah.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

يَقُولُونَ إِنَّ بُيُوتَنَا عَوْرَةٌ وَمَا هِىَ بِعَوْرَةٍ إِن يُرِيدُونَ إِلاَّ فِرَاراً

("Truly, our homes lie open." And they lay not open. They but wished to flee.) If the enemy had entered upon them from every side of Al-Madinah and from every direction, then demanded that they become disbelieve

…
يَقُولُونَ إِنَّ بُيُوتَنَا عَوْرَةٌ وَمَا هِىَ بِعَوْرَةٍ إِن يُرِيدُونَ إِلاَّ فِرَاراً

("Truly, our homes lie open." And they lay not open. They but

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

12. Igihe indyarya hamwe n’abagoyagoya mu kwemera binamura bavuga bati: “Intsinzi Imana Allah n’Intumwa yayo Badusezeraniye, ni uruhendo nta kuri kurimwo namba”. 13. Muvugishwamana! Ibuka n’igihe zimwe mu ndyarya zahamagara abemeramana b’i Madina zikababwira ziti: “Bantu muba i Yath-ribu! Nta co murindiriye mu kuguma ku rugamba mutari butsinde, turabinginze mwisubirire mu zanyu!”. Hari n’umugwi muri nya ndyarya wasavye Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ko yowurekurira ugasubira inyuma ku mvo z’uko imiryango yawo idakingiwe bikwiye kandi ubesha. Uwo mugwi nta co warondera mu gusaba ko wosubira inyuma, atari uguhunga urugamba. 14. Iyo ingabo ziyunze zitera i Madina ziturutse ku mpande zose, hanyuma zikagerageza indyarya mu kuzisaba kuva mw’idini, aho nyene izo ndyarya zaca ziva mw’idini, ntizari no kurindira n’akanya isase. 15. Ni ukuri, izo ndyarya imbere yuko urugamba rw’ingabo ziyunze rushuha, zari zahaye Intumwa isezerano ryo kwumvira Imana Allah mu kudahunga urugamba, iryo dohoka n’ihemuka kw’isezerano rero, zizorihanirwa. Burya, umuntu azobazwa kw’isezerano ry’Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia