Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Adh-Dhaariyat 51:26 فراغ الى اهله فجاء بعجل سمين ٢٦

Ukurasa 521 · Juzuu 26

فَرَاغَ
إِلَىٰٓ
أَهۡلِهِۦ
فَجَآءَ
بِعِجۡلٖ
سَمِينٖ
٢٦
Ni ho yinyavya mu kigo afata ishashi y’inka inuze arayibaga, arayotsa;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Guests of the Prophet Ibrahim

We mentioned this story before in Surah Hud and Al-Hijr. Allah said,

هَلْ أَتَاكَ حَدِيثُ ضَيْفِ إِبْرَهِيمَ الْمُكْرَمِينَ

(Has the story reached you, of the honored guests of Ibrahim), whom Ibrahim honored and who,

قَالُواْ سَلَماً قَالَ سَلَمٌ

(they said: "Salaman!"

…

The Guests of the Prophet Ibrahim

We mentioned this story before in Surah Hud and Al-Hijr. Allah said,

هَلْ أَتَاكَ حَدِيثُ ضَيْفِ إِبْرَهِيمَ الْمُكْرَ
…
Tazama tafsirs

Soma related-content

24. Ntumwa y’Imana! Mbega warashikiriwe n’inkuru y’abashitsi bubashwe mu bamalayika bigeze kugendera Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah); 25. Igihe binjira kwa Ibrahimu bagaca baramutsa bati: “Nimugire amahoro”; maze na we akabishura ati: “Nimusangwe amahoro, emwe bashitsi ntamenye abo muri bo!”. 26. Ni ho yinyavya mu kigo afata ishashi y’inka inuze arayibaga, arayotsa; 27. Araheza ayizimana ba bashitsi mu rupfasoni nta ngere ati: “Mbega ntimwokwihereza!”; 28. Ibrahimu amaze kubona ko ba bashitsi badafunguye, vyaramuteye ubwoba. Nya ntumwa zimaze kubona ko Ibrahimu yagize ubwoba, zahavuye mu kumuhumuriza zimubwira ziti: “Ntugire ubwoba namba! Twebwe turi abamalayika”. Ni ho rero baca banamushikiriza n’agakuru keza yuko umukenyezi wiwe Sarah azokwibaruka umwana w’incabwenge mw’idini yitwa Is-haka. 29. Umukenyezi wa Ibrahimu Sarah aho yumviye inkuru yuko azokwibaruka umwana, yaregereye hafi yabo, maze yikubita kw’itama yitangaza ati: “Bishoboka gute ko novyara kandi ndi umukecuru, nkaba ndi n’ingumba!”. 30. Ba bashitsi b’abamalayika bamwishuye bati: “Iyo nkuru tuyikubwiye nk’uko yavuzwe n’Imana yawe Rurema Allah Yo Mushoboravyose; mu vy’ukuri Imana Allah, ni Intungane mu vyo Ikora, Nyenubumenyikurivyose”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia