Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

‘Abasa 80:28 وعنبا وقضبا ٢٨

Página 585 · Juz 30

وَعِنَبٗا
وَقَضۡبٗا
٢٨
Imizabibu n’ivyatsi vy’ibitungwa;
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Refutation against Whoever denies Life after Death

Allah rebukes those who deny the Resurrection and the Final Gathering.

قُتِلَ الإِنسَنُ مَآ أَكْفَرَهُ

(Qutila mankind!) Ad-Dahhak reported from Ibn `Abbas that he said,

قُتِلَ الإِنسَنُ

(Qutila mankind!) "May man be cursed." Abu Malik also made a s

…

The Refutation against Whoever denies Life after Death

Allah rebukes those who deny the Resurrection and the Final Gathering.

قُتِلَ الإِنسَنُ مَآ أَكْف
…
Ver tafsirs

Leer related-content

17. Umuntu w’umugarariji yaravumwe; mbega yafashwe n’iki gituma yimonogoza mu kugarariza! 18. Mbega, ntabona ico Imana Allah Yamuremyemwo! 19. Yamuremye mw’ima ry’intanga, Iraheza Iramutegekaniriza ubuzima bwiwe; 20. Hanyuma Imutomorera inzira y’iciza n’iy’ikibi; 21. Iraheza Iramwica, Iramushingura mu cubahiro; 22. Hanyuma igihe Yabishatse, Izomuzura, Imusubize ubuzima, kugira Imuharurire Inamuhembere ivyo yakoze. 23. Nateshwe ate, arahumba! Ntarakora ivyo Imana yiwe Rurema Yamutegetse mu mabwirizwa. 24. Maze umuntu nabanze yitegereze ukuntu Twaremye imfungurwa zimubeshejeho. 25. Si ivy’imbeshere, Twebwe Allah Twarasukiriye amazi y’imvura kw’isi; 26. Hanyuma Twatura isi imigaga ibiterwa bitanguye kugonda; 27. Maze Tuyinagishako intete; 28. Imizabibu n’ivyatsi vy’ibitungwa; 29. Imizayituni n’itende; 30. Amashamba atotahaye azitanye; 31. Ibiti vy’ivyamwa bitandukanye hamwe n’uburagiriro; 32. Twaremye ivyo vyose, kugira muryoherwe, mwebwe n’ibitungwa vyanyu, muvyikoreko.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir