Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

At-Táuba 9:42 لو كان عرضا قريبا وسفرا قاصدا لاتبعوك ولاكن بعدت عليهم الشقة وسيحلفون بالله لو استطعنا لخرجنا معكم يهلكون انفسهم والله يعلم انهم لكاذبون ٤٢

Página 194 · Juz 10

لَوۡ
كَانَ
عَرَضٗا
قَرِيبٗا
وَسَفَرٗا
قَاصِدٗا
لَّٱتَّبَعُوكَ
وَلَٰكِنۢ
بَعُدَتۡ
عَلَيۡهِمُ
ٱلشُّقَّةُۚ
وَسَيَحۡلِفُونَ
بِٱللَّهِ
لَوِ
ٱسۡتَطَعۡنَا
لَخَرَجۡنَا
مَعَكُمۡ
يُهۡلِكُونَ
أَنفُسَهُمۡ
وَٱللَّهُ
يَعۡلَمُ
إِنَّهُمۡ
لَكَٰذِبُونَ
٤٢
Ntumwa y’Imana! Indyarya iyo zisabwa kuja kwegeranya iminyago hatarinze kuba indwano no gufata urugendo rutaruhisha, zari kugukurikira1. Ariko icatumye zisiba ku rugamba rwa “Tabuuki” rwo kurwanya Abaromani, ni uko urugamba rwabaye mu gihe c’ici. Zizoheza rero zitange ivyireguzo ku gusiba kuri nya rugamba, zirahire zirengwe kw’Izina ry’Imana Allah ko iyo zishobora kuza, zari kujana na mwe ku rugamba, gutyo zihonye zo nyene kuri ico kinyoma n’uburyarya, kandi Imana Allah Izi neza ko mu vy’ukuri zibesha mu vyireguzo vyazo.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Why Hypocrites would not join in Jihad

Allah admonishes those who lagged behind and did not join the Prophet for the battle of Tabuk, those who asked the Prophet for permission to remain behind, falsely pretending to have legitimate reasons to do so,

لَوْ كَانَ عَرَضًا قَرِيبًا

(Had it been a near gai

…

Why Hypocrites would not join in Jihad

Allah admonishes those who lagged behind and did not join the Prophet for the battle of Tabuk, those who asked t

…
Ver tafsirs

Leer related-content

38. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Bigenda gute, ko iyo mubwiwe muti: “Nimusidukane n’iyonka muje kurwanira idini ry’Imana Allah”, muca munebwa ntimuve hasi! Mbega mwashimye guhitamwo ubuzima bwo kw’isi ha guhitamwo ubuzima bw’inyuma yo gupfa! Burya ukuryoherwa n’ivyiza bike vyo kw’isi, kumara akanya gato cane ugereranije n’ukuryoherwa n’ivyiza vyinshi vyo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bizokwamaho ibihe bidahera. 39. Bemeramana! Nimutasidukana n’iyonka mukaja kurwanya abansi banyu, Imana Allah Izobaha ibihano bibabaza, Iheze Izane abandi bantu batari nkamwe bagamburukira Imana Allah n’Intumwa yayo, kandi nta n’ico muzokwicira Imana Allah. Burya Imana Allah, ni Mushoboravyose, Irashoboye gukingira idini ryayo n’Intumwa yayo. 40. Ngendanyi z’Intumwa! Nimutasidukana n’iyonka mukaja gutabara Intumwa, ni ukuri Imana Allah Yaramaze kuyitera intege no kuyitabara umusi abagarariji bayisohora mu gisagara ca Makka, iri kumwe n’uwugira kabiri, igihe bahungira mw’isenga ry’ibuye riri i Makka ku musozi “Thauri”, bakahamara amajoro atatu, igihe Intumwa yabwira uwuri kumwe na yo imuhumuriza iti: “Ntiwicwe n’intuntu kuko Imana Allah Iri kumwe na twe, Iradukingira”. Ni ho rero Imana Allah Yatururuza Intumwa yayo, Iranayiteza intege ingabo z’abamalayika mutashobora kubona n’amaso, Iranasuzuguza ijambo ry’abagarariji, riratsindwa. Burya, ijambo ry’Imana Allah rirakwiye kwubahwa hakaganza ubwislamu. Burya Imana Allah, ni Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora. 41. Bemeramana! Murasidukana n’iyonka rero, abasore ku batama, mu gihe c’amahirwe n’amagorwa, muheze muharanire idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yanyu no mu kwitanga mwebwe nyene ubwanyu; ivyo ni vyo vyiza kuri mwebwe. Nimwaba rero mutahura ivyiza biri ku Mana Allah nimuyumvire, mwumvire n’Intumwa yayo. 42. Ntumwa y’Imana! Indyarya iyo zisabwa kuja kwegeranya iminyago hatarinze kuba indwano no gufata urugendo rutaruhisha, zari kugukurikira. Ariko icatumye zisiba ku rugamba rwa “Tabuuki” rwo kurwanya Abaromani, ni uko urugamba rwabaye mu gihe c’ici. Zizoheza rero zitange ivyireguzo ku gusiba kuri nya rugamba, zirahire zirengwe kw’Izina ry’Imana Allah ko iyo zishobora kuza, zari kujana na mwe ku rugamba, gutyo zihonye zo nyene kuri ico kinyoma n’uburyarya, kandi Imana Allah Izi neza ko mu vy’ukuri zibesha mu vyireguzo vyazo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir