Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Ash-Shurá 42:44 ومن يضلل الله فما له من ولي من بعده وترى الظالمين لما راوا العذاب يقولون هل الى مرد من سبيل ٤٤

Página 487 · Juz 25

وَمَن
يُضۡلِلِ
ٱللَّهُ
فَمَا
لَهُۥ
مِن
وَلِيّٖ
مِّنۢ
بَعۡدِهِۦۗ
وَتَرَى
ٱلظَّٰلِمِينَ
لَمَّا
رَأَوُاْ
ٱلۡعَذَابَ
يَقُولُونَ
هَلۡ
إِلَىٰ
مَرَدّٖ
مِّن
سَبِيلٖ
٤٤
Uwubaye intumva rero, Imana Allah Ikamuhubisha inzira kubera ubutumva bwiwe mu kurenganya abandi, ntashobora kuronka umuhagarikizi n’umwe amurongora mu nzira yayo. Ntumwa y’Imana! Ku musi w’izuka, uzobona abirenganije mu bugarariji igihe babonye ibihano bibarindiriye, batakambira Imana Allah, bicuza bavuga bati: “Ubwo nta kuntu twosubizwa kw’isi tugaheza tukakwumvira ga Mana!”. Ico gihe rero, ntibazokwumvirwa namba;
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The State of the Wrongdoers on the Day of Resurrection

Allah tells us that whatever He wills happens and whatever He does not will does not happen, and no one can make it happen. Whomever He guides, none can lead astray, and whomever He leads astray, none can guide, as He says:

وَمَن يُضْلِلْ فَلَن تَ
…

The State of the Wrongdoers on the Day of Resurrection

Allah tells us that whatever He wills happens and whatever He does not will does not happen, and

…
Ver tafsirs

Leer related-content

44. Uwubaye intumva rero, Imana Allah Ikamuhubisha inzira kubera ubutumva bwiwe mu kurenganya abandi, ntashobora kuronka umuhagarikizi n’umwe amurongora mu nzira yayo. Ntumwa y’Imana! Ku musi w’izuka, uzobona abirenganije mu bugarariji igihe babonye ibihano bibarindiriye, batakambira Imana Allah, bicuza bavuga bati: “Ubwo nta kuntu twosubizwa kw’isi tugaheza tukakwumvira ga Mana!”. Ico gihe rero, ntibazokwumvirwa namba; 45. Uzobabona rero berekwa umuriro udahera, batanakakaza ku guteterwa n’ubwoba n’akantu, bahumaguza mu kuwuraba badashoboye kuwuhanga ijisho. Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo, aho bari mu Bwami bw’ijuru, bamaze kubona ivyashikiye abagarariji, bazovuga bati: “Mu vy’ukuri, abahomvye nya guhomba, ni abahomvye ubuzima bwabo hamwe n’ababo mu kwinjira mu muriro udahera ku musi w’izuka”. Bantu, nimwumve mwumvireho! Mu vy’ukuri abirenganije mu bugarariji, ku musi w’izuka bazoba bari mu bihano vyamaho ata gutezurirwa. 46. Abagarariji rero, igihe Imana Allah Yabahanye ku musi w’izuka, ntibazoronka n’umwe mu bahagarikizi yobakingira ibihano vyayo. Uwubaye intumva rero, Imana Allah Ikamuhubisha inzira kubera ubutumva bwiwe, ntazoronka inzira kw’isi imushikana ku kuri, nkeswe rero iyomushikana mu Bwami bw’ijuru. 47. Bagarariji! Enda rero nyabuna nimwumvire Imana yanyu Rurema Allah, maze muyemere imbere yuko umusi w’izuka ata kizowuhagarika, ushika. Kuri uwo musi rero, nta buhungiro muzoronka bwo guhunga ibihano vy’Imana Allah, eka mbere nta n’aho kwinyegeza muzoronka; 48. Ntumwa y’Imana! Nibirengagiza kwemera Imana Allah, uramenya ko Tutakurungitse kugira ubazwe ku bijanye n’ibungabungwa ry’ibikorwa vyabo, ku buryo ubahatira ukwemera, nta co ujejwe atari ishikirizabutumwa gusa. Mu vy’ukuri, iyo Twebwe Allah Duhaye umuntu ubutunzi n’ibindi ku mpuhwe zivuye iwacu maze akaroranirwa, aranezerwa n’akamwemwe kakamusya; iyo naho ashikiwe n’ikiza c’ubukene canke indwara, bitewe n’ivyaha n’ibicumuro abantu bakora, ni ukuri umuntu aca yihakana inema, akidodomba nk’aho atigeze aroranirwa na rimwe.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir