Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

An-Nisá 4:127 ويستفتونك في النساء قل الله يفتيكم فيهن وما يتلى عليكم في الكتاب في يتامى النساء اللاتي لا توتونهن ما كتب لهن وترغبون ان تنكحوهن والمستضعفين من الولدان وان تقوموا لليتامى بالقسط وما تفعلوا من خير فان الله كان به عليما ١٢٧

Página 98 · Juz 5

وَيَسۡتَفۡتُونَكَ
فِي
ٱلنِّسَآءِۖ
قُلِ
ٱللَّهُ
يُفۡتِيكُمۡ
فِيهِنَّ
وَمَا
يُتۡلَىٰ
عَلَيۡكُمۡ
فِي
ٱلۡكِتَٰبِ
فِي
يَتَٰمَى
ٱلنِّسَآءِ
ٱلَّٰتِي
لَا
تُؤۡتُونَهُنَّ
مَا
كُتِبَ
لَهُنَّ
وَتَرۡغَبُونَ
أَن
تَنكِحُوهُنَّ
وَٱلۡمُسۡتَضۡعَفِينَ
مِنَ
ٱلۡوِلۡدَٰنِ
وَأَن
تَقُومُواْ
لِلۡيَتَٰمَىٰ
بِٱلۡقِسۡطِۚ
وَمَا
تَفۡعَلُواْ
مِنۡ
خَيۡرٖ
فَإِنَّ
ٱللَّهَ
كَانَ
بِهِۦ
عَلِيمٗا
١٢٧
Muvugishwamana! Abantu barakubaza ibibadidaniye ku bijanye n’ingingo zerekeye abakenyezi, babwire ko Imana Allah Ibatomorera ingingo zerekeye abo bakenyezi, n’ingingo musomerwa mu Gitabu zerekeye impfuvyikazi mudahereza ivyo Imana Allah Yazigeneye mu nkwano n’ibisigi, no mu bindi bijanye n’agateka kazo, mugaheza mukipfuza kuzabira, Iranabatomorera ingingo zerekeye abatishoboye mu bana b’abahungu, hamwe rero n’ukuntu mwotunganiriza impfuvyi, ata kuzirenganya mu kutubahiriza agateka kazo. Ico ari co cose rero mugize mu vyiza, mu vy’ukuri Imana Allah Yamye ari Nyenubumenyikurivyose, Izokibahembera.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Ruling Concerning Female Orphans

Al-Bukhari recorded that `A'ishah said about the Ayah,

وَيَسْتَفْتُونَكَ فِى النِّسَآءِ قُلِ اللَّهُ يُفْتِيكُمْ فِيهِنَّ

(They ask your instruction concerning women. Say, "Allah instructs you about them...) until,

وَتَرْغَبُونَ أَن تَنكِحُوهُنَّ

(whom you desire to m

…

The Ruling Concerning Female Orphans

Al-Bukhari recorded that `A'ishah said about the Ayah,

وَيَسْتَفْتُونَكَ فِى النِّسَآءِ قُلِ اللَّهُ يُفْتِيكُمْ فِ

…
Ver tafsirs

Leer related-content

127. Muvugishwamana! Abantu barakubaza ibibadidaniye ku bijanye n’ingingo zerekeye abakenyezi, babwire ko Imana Allah Ibatomorera ingingo zerekeye abo bakenyezi, n’ingingo musomerwa mu Gitabu zerekeye impfuvyikazi mudahereza ivyo Imana Allah Yazigeneye mu nkwano n’ibisigi, no mu bindi bijanye n’agateka kazo, mugaheza mukipfuza kuzabira, Iranabatomorera ingingo zerekeye abatishoboye mu bana b’abahungu, hamwe rero n’ukuntu mwotunganiriza impfuvyi, ata kuzirenganya mu kutubahiriza agateka kazo. Ico ari co cose rero mugize mu vyiza, mu vy’ukuri Imana Allah Yamye ari Nyenubumenyikurivyose, Izokibahembera. 128. Umukenyezi na we, niyatinya ko umugabo wiwe yokwiganza agahava amuhunga, canke akamwirengagiza, nta caha kuri bompi kiri mu kwumvikana gusubiza hamwe, mu gihe umukenyezi yokwemera guheba umusi wo kumutahira, canke bimwe mu vyo yari agenewe, kugira ntibahukane. Ukwumvikana rero gutuma babandanya kubana, ni vyiza cane gusumba ukwahukana, imitima y’abantu na yo burya yaremwe ari ingumyi nta co yikura. Nimwaramuka rero mubanye n’abakenyezi banyu mu bugwaneza, mugaheza mugatinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo ajanye no kwubaka zikaguma, mu vy’ukuri Imana Allah Yamye Izi neza ivyo mukora vyose, ni Muhetuziwavyose, Izonabibahembera. 129. Bagabo mwubatse izanyu! Ntimuzoshobora gutunganiriza abakenyezi banyu mu rukundo mu buryo bungana n’aho mwovyitwararika, kubera ivyo rero, ntimukirengagize burundu uwo mudahurumbira cane muri bo mu rukundo ngo mumugire intabwa, maze abe nk’uwumanitswe ku gati atabiriwe atahukanye, gutyo mucumure ku Mana Allah. Nimwatunganya ibikorwa vyanyu maze mukagaburira abakenyezi banyu ibibabeshaho bingana ata nkunzi, mugaheza mugatinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo mu kuntu mubanye, bizoba bikwiye. Mu vy’ukuri, Imana Allah Yamye ari Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 130. Umugabo n’umukenyezi wiwe nibaramuka bahukanye, Imana Allah Izoheza Ikenure umwe wese muri bo mu kumuronsa ibimubeshaho, burya Imana Allah Yamye ari Nyenimpano-ntangere, Intungane mu vyo Ikora.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir