Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Máida 5:118 ان تعذبهم فانهم عبادك وان تغفر لهم فانك انت العزيز الحكيم ١١٨

Página 127 · Juz 7

إِن
تُعَذِّبۡهُمۡ
فَإِنَّهُمۡ
عِبَادُكَۖ
وَإِن
تَغۡفِرۡ
لَهُمۡ
فَإِنَّكَ
أَنتَ
ٱلۡعَزِيزُ
ٱلۡحَكِيمُ
١١٨
Mana Allah! Uramutse ubahaniye ivyo bakoze, bo mu vy’ukuri ni abaja bawe, Urabafiseko uburenganzira; Ubagumirije akabanga ku vyaha vyabo naho, maze ku mpuhwe zawe Ukareka kubihanira uwigaye muri bo, Wewe mu vy’ukuri ni We Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ukora”.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

`Isa Rejects Shirk and Affirms Tawhid

Allah will also speak to His servant and Messenger, `Isa son of Maryam, peace be upon him, saying to him on the Day of Resurrection in the presence of those who worshipped `Isa and his mother as gods besides Allah,

يعِيسَى ابْنَ مَرْيَمَ أَءَنتَ قُلتَ لِلنَّاسِ ات

…

`Isa Rejects Shirk and Affirms Tawhid

Allah will also speak to His servant and Messenger, `Isa son of Maryam, peace be upon him, saying to him on the D

…
Ver tafsirs

Leer related-content

116. Nimwibuke kandi umusi w’izuka, igihe Imana Allah Yavuze Iti: “Ewe Isa mwene Mariyamu! Mbega ni wewe wabwiye abantu uti: “Nimungire jewe hamwe n’umuvyeyi wanje Mariyamu imana musenga mu gishingo c’Imana Allah!””. Isa mwene Mariyamu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) azokwishura ati: “Ininahazwa ni iry’iwawe Mana! Sindekuriwe namba kubwira abantu ikitari ukuri. Ninaba naho narabivuze, ni ukuri warabimenye kuko ntakikwinyegeza, Urazi ibiri muri jewe mu gihe jewe ntazi ibiri muri Wewe. Mu vy’ukuri Wewe, ni We Uzi neza ibinyegejwe ibiremwa; 117. Sinigeze na rimwe ndababwira kiretse ivyo Wantegetse Uti: “Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose munayisenge ari Imwe Rudende, ni Yo Mana yanje Ikaba n’Imana yanyu Rurema”; igihe cose nari nkiri kumwe na bo rero, nari icabona ku vyo bavuga no ku vyo bakora. Umaze kunderura nkaza iwawe mw’ijuru, ni Wewe gusa Wari Umureretsi w’ivyo bakora kw’isi, ni na Wewe uri Cabonamurivyose, kuko Uzi ivyo bakoze vyose; 118. Mana Allah! Uramutse ubahaniye ivyo bakoze, bo mu vy’ukuri ni abaja bawe, Urabafiseko uburenganzira; Ubagumirije akabanga ku vyaha vyabo naho, maze ku mpuhwe zawe Ukareka kubihanira uwigaye muri bo, Wewe mu vy’ukuri ni We Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ukora”. 119. Imana Allah Izobwira Isa mwene Mariyamu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) Iti: “Uwu musi w’izuka rero, ni umusi w’indishi, aho ukwemera kugirira akamaro imvugakuri mu bemeramana zubahirije amabwirizwa y’Imana Allah. Zarategekanirijwe imirima yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi, bazoyibamwo ibihe bidahera, mu nema zamaho. Imana Allah Yarabishimiye, Iraheza Ibakirira ivyiza vyabo, na bo nyene kandi barishimiye indishi y’ivyo bakoze, iyo rero ni yo ntsinzi ihambaye”. 120. Imana Allah ni Yo Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo. Burya Imana Allah rero, ni na Yo Mushoboravyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir