Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Húyurát 49:8 فضلا من الله ونعمة والله عليم حكيم ٨

Página 516 · Juz 26

فَضۡلٗا
مِّنَ
ٱللَّهِ
وَنِعۡمَةٗۚ
وَٱللَّهُ
عَلِيمٌ
حَكِيمٞ
٨
Ivyo vyiza vyose murimwo, ni impano n’inema zivuye ku Mana Allah. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Intungane mu vyo Ikora.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

وَاللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٌ

(8 cont. And Allah is All-Knowing, All-Wise.) All-Knower in those who deserve guidance and those who deserve misguidance, All-Wise in His statements, actions, legislation and the destiny He appoints.

وَاللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٌ

(8 cont. And Allah is All-Knowing, All-Wise.) All-Knower in those who deserve guidance and those who deserve misguidance, All

…
Ver tafsirs

Leer related-content

6. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nihagira ikigaba kibazanira inkuru, murabanza muyitohoze mu bwitonzi imbere yuko muyemera ngo muyikwiragize, ku kwanka ko mwosanga mwandagaje abantu b’abera ku kutamenya, maze mugasigara muricuza ku vyo mwakoze. 7. Nimumenye kandi ko Intumwa y’Imana iri kumwe na mwe, muheze rero murangwe n’urupfasoni, kuko yoyo ishaka ko mubaho mw’iteka n’itekane, ata we mubangamiye. Mu gihe rero yobumvira mu vyo mwipfuza vyose, ni ukuri ntimwokworoherwa namba; ariko rero Imana Allah, Yabakundishije ukwemera Iranakuryohereza mu mishaha yanyu, Ibankisha ubugarariji n’ubugaba bwo kurenga ku mabwirizwa yayo no kugabitanya. Abarangwa n’izi ngeso nziza rero, ni bo bari mu nzira nziza ibereye y’ukuri. 8. Ivyo vyiza vyose murimwo, ni impano n’inema zivuye ku Mana Allah. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Intungane mu vyo Ikora.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir