Войти
Войти
Войти
Выберите язык

Al-Fajr 89:14 ان ربك لبالمرصاد ١٤

Страница 593 · Джуз 30

إِنَّ
رَبَّكَ
لَبِٱلۡمِرۡصَادِ
١٤
Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah, ni Umureretsi w’ivyo bakoze, Iratenyenya ntiyibagira.
reading-goal:continue-reading

Читать q-and-a.tafsir

Russian Tafseer Al Saddi

Он подстерегает ослушников, дает им небольшую отсрочку, а затем хватает их могучей хваткой.
Вид tafsirs

Читать related-content

1. Jewe Allah, Ndarahiye ku mutwenzi! 2. No ku majoro cumi ya mbere yo mu kwezi kwa 12, Dhul-Hijja! 3. No kuri bibiribibiri na nyahagwe! 4. No kw’ijoro iyo rihise! Ko abahakanyi bazohanwa; 5. Ubwo muri ivyo, ntiharimwo indahiro ikwiye ku wufise ubwenge! 6. Ntumwa y’Imana! Mbega, ntiwabonye ingene Imana yawe Rurema Allah Yagize Bene Aadi igihe c’Intumwa Huudi (nyakugira amahoro y’Imana Allah)! 7. Ubwoko bwa Iramu, beninguvu n’amazu maremare; 8. Nta baremwe nkabo mu bindi bisagara mu ngimba n’inguvu bari bafise. 9. Ntiwabonye n’ukuntu Yagize Bene Thamuudi, babaza amazu mu mabuye mu kabande igihe c’Intumwa Swalehe (nyakugira amahoro y’Imana Allah)! 10. Ntiwabonye kandi ukuntu Yagize Firawuni nyeningabo zatsimbataje ubwami bwiwe muri Misiri! 11. Abo bose, barimonogoje mu bugizi bwa nabi, mu bihugu vy’Imana Allah; 12. Baraheza bakwiragizamwo ubwononyi bwinshi; 13. Maze Imana yawe Rurema Allah, Ica Irabamanurira ibihano bibakwiye. 14. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah, ni Umureretsi w’ivyo bakoze, Iratenyenya ntiyibagira.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Примечания и Размышления

reflection-not-available

Notes placeholders

Оставайтесь на связи с Кораном ❤️

Короткие, но содержательные напоминания, чтобы перезагрузиться, поразмышлять и оставаться на связи с Кораном.

Читайте, слушайте, ищите и размышляйте над Кораном

Quran.com — это надёжная платформа, используемая миллионами людей по всему миру для чтения, поиска, прослушивания и размышления над Кораном на разных языках. Она предоставляет переводы, тафсир, декламацию, пословный перевод и инструменты для более глубокого изучения, делая Коран доступным каждому.

Quran.com, как садака джария, стремится помочь людям глубже проникнуть в Коран. При поддержке Quran.Foundation , некоммерческой организации, имеющей статус 501(c)(3), Quran.com продолжает развиваться как бесплатный и ценный ресурс для всех. Альхамдулиллях.

Навигация
Дом
Коран Радио
Чтецы
О нас
Разработчики
Обновления продуктов
Обратная связь
Помощь
Пожертвовать
Наши проекты
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Некоммерческие проекты, принадлежащие, управляемые или спонсируемые Quran.Foundation
Популярные ссылки
Молитвы из Корана
Аят дня из Корана
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Карта сайтаКонфиденциальностьУсловия и положения
© 2026 Quran.com. Все права защищены
Способствовать