Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Báqara 2:272 ۞ ليس عليك هداهم ولاكن الله يهدي من يشاء وما تنفقوا من خير فلانفسكم وما تنفقون الا ابتغاء وجه الله وما تنفقوا من خير يوف اليكم وانتم لا تظلمون ٢٧٢

Página 46 · Juz 3

۞ لَّيۡسَ
عَلَيۡكَ
هُدَىٰهُمۡ
وَلَٰكِنَّ
ٱللَّهَ
يَهۡدِي
مَن
يَشَآءُۗ
وَمَا
تُنفِقُواْ
مِنۡ
خَيۡرٖ
فَلِأَنفُسِكُمۡۚ
وَمَا
تُنفِقُونَ
إِلَّا
ٱبۡتِغَآءَ
وَجۡهِ
ٱللَّهِۚ
وَمَا
تُنفِقُواْ
مِنۡ
خَيۡرٖ
يُوَفَّ
إِلَيۡكُمۡ
وَأَنتُمۡ
لَا
تُظۡلَمُونَ
٢٧٢
Ntumwa y’Imana! Ntujejwe gushoboza abagarariji kurongoka, ariko rero Imana Allah Ishoboza kurongoka mu nzira yayo uwo Ishatse. Ico cose mutanga mu matungo muzogihemberwa ku neza yanyu, kanatsinda mwebwe mwemera, nta n’ico mutanga kiretse ku kurondera gushimwa n’Imana Allah. Ico ari co cose rero mutanze mu matungo muzohabwa indishi yaco, kandi ntimuzorenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi.
Continuar leyendo

Lee Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Giving Charity to Polytheists

Abu `Abdur-Rahman An-Nasa'i recorded that Ibn `Abbas said that they "disliked giving charity to their polytheist relatives, but were later on allowed to give it to them when they inquired about this matter, and this Ayah was revealed,

لَّيْسَ عَلَيْكَ هُدَاهُمْ وَلَكِنّ

…

Giving Charity to Polytheists

Abu `Abdur-Rahman An-Nasa'i recorded that Ibn `Abbas said that they "disliked giving charity to their polytheist relativ

…
Ver Tafsires

Leer en contexto

270. Ico ari co cose mwatanze mu matungo, canke mwiyemeje gukora ku bw’Imana Allah, caba gito canke kinini, mu vy’ukuri Imana Allah Irakizi Izokibahembera. Uwuzoreka rero gutanga azoba yirenganije, kandi rero abirenganya mu kudatanga mu nzira y’Imana Allah nta babatabara mu kubakingira ibihano vy’Imana Allah bazoronka mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 271. Nimwatanga imperezwa ku mugaragaro ku bw’Imana Allah, ni vyiza; nimwayitanga naho mu mpisho mukayihereza abakene, bizoba ari vyiza kuri mwebwe gusumba kuko ata kwiyerekana kuba kurimwo. Gutyo rero Imana Allah Izonabababarira ivyaha vyanyu. Burya Imana Allah ivyo mukora vyose Irabizi, ni Muhetuziwavyose, kandi Izobibahembera. 272. Ntumwa y’Imana! Ntujejwe gushoboza abagarariji kurongoka, ariko rero Imana Allah Ishoboza kurongoka mu nzira yayo uwo Ishatse. Ico cose mutanga mu matungo muzogihemberwa ku neza yanyu, kanatsinda mwebwe mwemera, nta n’ico mutanga kiretse ku kurondera gushimwa n’Imana Allah. Ico ari co cose rero mutanze mu matungo muzohabwa indishi yaco, kandi ntimuzorenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi. 273. Muragenera rero imperezwa zanyu abakene bihebeye guharanira idini ry’Imana, bigatuma badashobora guca irya n’ino kurondera ikibabeshaho, uwutabazi ababonye yokwibaza ko ari abatunzi bikenuye ku kwiyubaha ntibasege; ubamenyera ku bimenyetso vy’ugukena, ntibigera basabiriza; n’iyo bibaye ngombwa gusaba, ntibasega bakwizingirako ku gahato. Ico cose mutanze rero mu matungo, mu vy’ukuri Imana Allah Irakizi, Izokibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Continuar leyendo

Notas y reflexiones

No tienes ninguna nota ni reflexión sobre este versículo.

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir