Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-A’ráf 7:10 ولقد مكناكم في الارض وجعلنا لكم فيها معايش قليلا ما تشكرون ١٠

Página 151 · Juz 8

وَلَقَدۡ
مَكَّنَّٰكُمۡ
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
وَجَعَلۡنَا
لَكُمۡ
فِيهَا
مَعَٰيِشَۗ
قَلِيلٗا
مَّا
تَشۡكُرُونَ
١٠
Bantu! Ni ukuri, Twarabatsimbataje kw’isi muraturura, Tubaha n’uburyo bwo kubaho mu mfungurwa n’ibinyobwa; hamwe n’ivyo rero, ni gake cane mushima inema z’Imana Allah.
Continuar leyendo

Lee Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

All Bounties in the Heavens and Earth are for the Benefit of Mankind

Allah reminds of His favor on His servants in that He made the earth a fixed place for dwelling, placed firm mountains and rivers on it and made homes and allowed them to utilize its benefits. Allah made the clouds work for them (br

…

All Bounties in the Heavens and Earth are for the Benefit of Mankind

Allah reminds of His favor on His servants in that He made the earth a fixed place

…
Ver Tafsires

Leer en contexto

1. Alif laam Miim Swaad. 2. Ntumwa y’Imana! Iyi Qor’ani, ni Igitabu wahishuriwe. Ntukagire rero amakenga mu mushaha wawe ko wakimanuriwe n’Imana Allah; kugira ugabishe abagarariji wongere wibutse abemeramana. 3. Bantu! Nimukurikire ivyo mwamanuriwe n’Imana yanyu Rurema Allah, muheze mwubahirize amabwirizwa ari muri Qor’ani no mu nyigisho z’intumwa, ntimuzokurikire ikitari Imana Allah mu bahagarikizi nka shetani n’abandi batwarwa n'ivyipfuzo vyabo, ni gake rero mwibuka ngo mugaruke ku kuri. 4. Hari uducimbiri twinshi Twebwe Allah Twahoneje abatubamwo kubera uguhakana no guca kubiri n’Intumwa zacu, baraheza baruhira kumaramara kw’isi n’agasuzuguro mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Muri bo, hari abashikiwe n’ibihano vyacu mu gihe bari baryamye mw’ijoro, hari n’abo vyashikiye mu gihe bari bakitse urubavu baruhutse ku murango; 5. Nta co bavuze igihe bashikirwa n’ivyo bihano kiretse ukwemanga bati: “Mu vy’ukuri, twarirenganije mu gucumura, ibihano turabikwiye koko”. 6. Kubera ivyo rero, ni ukuri Twebwe Allah Tuzobaza imigwi y’abarungikiwe Intumwa, ko yazitabiriye! Ni ukuri, Tuzobaza n’Intumwa nyene, ko zashikirije ubutumwa n’ukuntu zitabiriwe! 7. Tuzoheza rero Tubwire ibiremwa ido n'ido y’ivyo bakoze, Twisunze ubumenyi Dufise ku vyo bakoze vyose mu kwubahiriza amabwirizwa yacu; kira noneho, ntitwigeze Tuba kure yabo mu bihe vyose; 8. Ugupimwa kw’ibikorwa vy’ibiremwa ku musi w’izuka, kuzogirwa ku munzane w’ukuri utarenganya namba. Uwo wese rero ibikorwa vyiwe vyiza bizoremera ku munzane, azoba rero ari mu bantu baronse intsinzi y'Ubwami bw'ijuru; 9. Nayo uwo ibikorwa vyiwe vyiza bizoba bihwahutse ku munzane, uyo rero azoba ari mu bantu bahomvye ubuzima bwabo ku kurenga ku mabwirizwa, no guhakana Aayah n'ivyemezo vy’Imana Allah. 10. Bantu! Ni ukuri, Twarabatsimbataje kw’isi muraturura, Tubaha n’uburyo bwo kubaho mu mfungurwa n’ibinyobwa; hamwe n’ivyo rero, ni gake cane mushima inema z’Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Continuar leyendo

Notas y reflexiones

No tienes ninguna nota ni reflexión sobre este versículo.

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir