Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-An’ám 6:132 ولكل درجات مما عملوا وما ربك بغافل عما يعملون ١٣٢

Página 145 · Juz 8

وَلِكُلّٖ
دَرَجَٰتٞ
مِّمَّا
عَمِلُواْۚ
وَمَا
رَبُّكَ
بِغَٰفِلٍ
عَمَّا
يَعۡمَلُونَ
١٣٢
Uwo wese rero yumviye canke ahakanye Imana Allah, arafise urugero rw’aho ageza mu vyo akora, maze Imana Allah Ikazobimuhembera. Ntumwa y'Imana! Burya rero kandi Imana yawe Rurema Allah ntiyirengagiza ibigirwa n’abaja bayo.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

ذَلِكَ أَن لَّمْ يَكُنْ رَّبُّكَ مُهْلِكَ الْقُرَى بِظُلْمٍ وَأَهْلُهَا غَفِلُونَ

(This is because your Lord would not destroy the (populations of) towns for their wrongdoing while their people were unaware. ) meaning: `We sent the Messengers and revealed the Books to the Jinns and mankind, so that n

…

ذَلِكَ أَن لَّمْ يَكُنْ رَّبُّكَ مُهْلِكَ الْقُرَى بِظُلْمٍ وَأَهْلُهَا غَفِلُونَ

(This is because your Lord would not destroy the (populations of) tow

…
Ver tafsirs

Leer related-content

130. Bazobwirwa bati: “Emwe bagarariji mu majini no mu bantu! Ntimwashikiriwe n’Intumwa zarungitswe muri mwebwe abantu, zikabiganira Aayah zanje zibatomorera amabwirizwa yanje, zikanabagabisha ku bihano vy’umusi w’izuka ryanyu?”. Abagarariji bazoca bishura bati: “Ego cane! Turavyemanga ko Intumwa zawe zadushikirije Aayah zawe, zikanatugabisha ku bihano vy’umusi w’izuka ryacu, maze turazihakana twivuye inyuma”. Bahenzwe rero n’ubuzima bw’ibihendamaso vyo kw’isi, bazoheza kandi rero bemange ubwabo ko bari abagarariji, batemera Imana Allah n’Intumwa zayo. 131. Irungikwa ry'Intumwa zibangikanije Igitabu ku bantu n'amajini rero, ryabaye kuko Imana yawe Rurema Allah Itari guhana mu guhonya abantu Ibahora ubuhakanyi bwabo, kandi batigeze bashikirwa n’Intumwa zibakura mu bubegito bwabo. 132. Uwo wese rero yumviye canke ahakanye Imana Allah, arafise urugero rw’aho ageza mu vyo akora, maze Imana Allah Ikazobimuhembera. Ntumwa y'Imana! Burya rero kandi Imana yawe Rurema Allah ntiyirengagiza ibigirwa n’abaja bayo. 133. Imana yawe Rurema Allah Yabwirije ko Yosengwa, ni Yo Uwikenuye Yikwije muri vyose, ni Yo nkomoko y'impuhwe ku biremwa. Bantu! Ishatse rero Yobahonya Ikabasubiriza ibindi biremwa Ishaka bigaheza bikayumvira; nka kurya Yabaremye mugaheza mukarondoka mukomotse ku bandi bantu. 134. Babangikanyamana! Mu vy’ukuri, ivyo musezeranirwa mu bihano, ni ukuri bizobashikira, kandi rero ntimuzonanira Imana Allah ngo muyihunge, kuko Irashoboye kubagarukana Ikabazura n’aho mwoba mwaracitse ivu. 135. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Emwe bantu banje narungitsweko! Nimugume ku vyo mwemera, mukore nk’uko muvyipfuza, jewe na nje mpeze ngume ku vyo nemera nk’uko nategetswe n’Imana yanje Allah, igihe ibihano vyashitse, muzoheza mumenye uwuzogira amaherezo meza kw’isi. Mu vy’ukuri, abirenganya mu kubangikanya Imana Allah, ntibazokwigera baronka intsinzi y’Ubwami bw’ijuru.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir