Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Ahzáb 33:45 يا ايها النبي انا ارسلناك شاهدا ومبشرا ونذيرا ٤٥

Página 424 · Juz 22

يَٰٓأَيُّهَا
ٱلنَّبِيُّ
إِنَّآ
أَرۡسَلۡنَٰكَ
شَٰهِدٗا
وَمُبَشِّرٗا
وَنَذِيرٗا
٤٥
Ewe Muvugishwamana! Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twakurungitse kugira ubere icabona abantu warungitsweko, ko wabashikirije koko ubutumwa, maze ushikirize inkuru nziza ihumuriza abameramana ko bazohabwa Ubwami bw’ijuru, wongere ugabishe n’ibigaba ku bihano vy’Imana Allah;
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Attributes of the Messenger of Allah ﷺ

Imam Ahmad recorded that `Ata' bin Yasar said that he met `Abdullah bin `Amr bin Al-`As, may Allah be pleased with him, and said to him:

"Tell me about the description of the Messenger of Allah in the Tawrah." He said, "Yes, by Allah, he was described in the

…

The Attributes of the Messenger of Allah ﷺ

Imam Ahmad recorded that `Ata' bin Yasar said that he met `Abdullah bin `Amr bin Al-`As, may Allah be please

…
Ver tafsirs

Leer related-content

41. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nimuninahaze mwongere mutazire kenshi cane Imana Allah mu buryo bwose; 42. Muheze mushimagize Imana Allah muyininahaza mwongera muyitazira mu bihe vyose; igitondo n’umugoroba, inyuma y’amasengesho-bwirizwa no mu gihe mushikiwe n’ibiza; 43. Ni Yo Ibagirira impuhwe Ikabahayagiza, abamalayika na bo bakabasabira kuri Yo kugira Ibakure mu muzimagiza w’ubuhuvyi, Iheze Ibashire mu muco w’ukwemera, kanatsinda Yamye ari Nyenimbabazi ku bemeramana mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa. 44. Indamutso y’abemeramana mu Bwami bw’ijuru, umusi bahuye n’Imana Allah, ni indamutso y’amahoro n’itekane; Yaranabateguriye n’impembo nziza yubashwe y’Ubwami bw’ijuru. 45. Ewe Muvugishwamana! Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twakurungitse kugira ubere icabona abantu warungitsweko, ko wabashikirije koko ubutumwa, maze ushikirize inkuru nziza ihumuriza abameramana ko bazohabwa Ubwami bw’ijuru, wongere ugabishe n’ibigaba ku bihano vy’Imana Allah; 46. No kugira rero urarikire n’abantu kwemera no gusenga Imana Imwe Rudende Allah ku burenganzira bwayo, ubabere n’itara ribamurikira inzira y’ukuri. 47. Shikiriza rero, inkuru nziza ihumuriza abemeramana ko bagenewe n’Imana Allah impano rutura mu Bwami bw’ijuru; 48. Kandi ntukumvire namba abagarariji n’indyarya mu biciye kubiri n’ingingo z’ubwislamu, irengagize ibangamira ryabo, maze ushishikare gushikiriza ubutumwa, uheze wishimikize Imana Allah uyizere. Burya Imana Allah, Irakwiye kuba Umuhagarikizi Agukingira ibikubangamiye kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir