Войти
Войти
Войти
Выберите язык

Adh-Dhariyat 51:54 فتول عنهم فما انت بملوم ٥٤

Страница 523 · Джуз 27

فَتَوَلَّ
عَنۡهُمۡ
فَمَآ
أَنتَ
بِمَلُومٖ
٥٤
Ntumwa y’Imana! Irengagize ababangikanyamana mu kurindira itegeko riberekeye, nta n’uwogutako imiragwe kuko wamaze gushikana ubutumwa;
reading-goal:continue-reading

Читать q-and-a.tafsir

Russian Tafseer Al Saddi

Всевышний повелел Своему посланнику, да благословит его Аллах и приветствует, отвернуться от грешников, которые сочли его лжецом и отвернулись от его проповедей. Не обращай на них внимания и не брани их, а продолжай выполнять возложенную на тебя миссию. Тебя не станут осуждать за их грехи, потому чт…
Всевышний повелел Своему посланнику, да благословит его Аллах и приветствует, отвернуться от грешников, которые сочли его лжецом и отвернулись от его …
Вид tafsirs

Читать related-content

47. N’ijuru ryegereye isi, Twarariremye maze Turaritunganya, kugira riyibere igisenge kiyikingira, kandi mu vy’ukuri Turanaryagura; 48. N’isi, Twarayigize nk’isaso kugira ibiremwa biyiturureko, ni Twebwe rero Abeza b’abasasa. 49. No mu bwoko bw’ibiremwa vyose, Twaremye bibiribibiri bitandukanye mu ndemo; nk’igitsina-gabo n’igitsina-gore, kugira mwibuke ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, muheze mwikebuke. 50. Bantu! Enda rero nyabuna nimuhungire ibihano vy’Imana Allah, mu kwirukira ku mpuhwe zayo, maze mwemere mwongere mugamburukire Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo. Mu vy’ukuri jewe kuri mwebwe, ndi Umugabisha ku bihano vyayo, atomora amabwirizwa yayo. 51. Ntimukanabangikanye Imana Allah mu vyo mukora vyose mu kuyisenga n’iyindi mana. Mu vy’ukuri jewe kuri mwebwe, ndi Umugabisha ku bihano vyayo, atomora amabwirizwa yayo. 52. Nk’uko rero Abakorayishi bahakanye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bakavuga bati: “Muhamadi, ni umwivuzi w’amazina, canke umurozi, canke umukehabwenge”; ni ko n’imigwi y’abantu bo hambere yabo yabigenjeje, ntiyigeze irungikirwa Intumwa n’imwe, kiretse ko yavuga nk’ukwo nyene, bituma Tuyihana. 53. Mbega yemwe! Abo hambere, boba basigiye abo mu nyuma zabo iragi ryo guhakana Intumwa muri ubwo buryo nyene! Ahubwo rero mbere, bo ni abantu biganza bakagarariza, bagahuza umutima w’ubugarariji n’akagagazo, gutyo bagasusa no mu buryo bwo kugarariza. 54. Ntumwa y’Imana! Irengagize ababangikanyamana mu kurindira itegeko riberekeye, nta n’uwogutako imiragwe kuko wamaze gushikana ubutumwa; 55. Hamwe n’ivyo rero, shishikara irarikiramana wibutsa abo warungitsweko, mu vy’ukuri ukwibutswa kuragirira akamaro abemeramana, na kare ngo uwukebura uwiwe agumizako. 56. Jewe Allah, sinaremye Amajini n’abantu Nkabarungikira n’Intumwa, atari ukugira banyiyegereze mu vyo bakora vyose banansenge batambangikanya na kimwe mu biremwa; 57. Nta bimbeshaho ndabashakako, eka mbere nta n’imfungurwa Ndabasavye, kuko ni Jewe Mubeshaho w’ibiremwa, Nyenugutanga. 58. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Yo Rutunga Ibeshejeho ibiremwa vyose, Nyeninguvu, Mutananirwa. 59. Mu vy’ukuri, abirenganije mu guhakana Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), baragenewe umugabane w’ibihano; nk’uwagenewe bagenzi babo bahakanye hambere yabo, ntibihutire rero gusaba guhanwa, kuko bitebe bitebuke, bategerezwa guhanwa. 60. Uguhanwa nya guhanwa rero, ni ukw’abagararije Imana Allah n’Intumwa yayo, bakazohanwa kuri wa musi wabo w’izuka basezeranirwa ko bazohanwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Примечания и Размышления

reflection-not-available

Notes placeholders

Оставайтесь на связи с Кораном ❤️

Короткие, но содержательные напоминания, чтобы перезагрузиться, поразмышлять и оставаться на связи с Кораном.

Читайте, слушайте, ищите и размышляйте над Кораном

Quran.com — это надёжная платформа, используемая миллионами людей по всему миру для чтения, поиска, прослушивания и размышления над Кораном на разных языках. Она предоставляет переводы, тафсир, декламацию, пословный перевод и инструменты для более глубокого изучения, делая Коран доступным каждому.

Quran.com, как садака джария, стремится помочь людям глубже проникнуть в Коран. При поддержке Quran.Foundation , некоммерческой организации, имеющей статус 501(c)(3), Quran.com продолжает развиваться как бесплатный и ценный ресурс для всех. Альхамдулиллях.

Навигация
Дом
Коран Радио
Чтецы
О нас
Разработчики
Обновления продуктов
Обратная связь
Помощь
Пожертвовать
Наши проекты
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Некоммерческие проекты, принадлежащие, управляемые или спонсируемые Quran.Foundation
Популярные ссылки
Молитвы из Корана
Аят дня из Корана
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Карта сайтаКонфиденциальностьУсловия и положения
© 2026 Quran.com. Все права защищены
Способствовать