Log masuk
Log masuk
Log masuk
Pilih Bahasa

Taha 20:83 ۞ وما اعجلك عن قومك يا موسى ٨٣

Halaman 317 · Juz 16

۞ وَمَآ
أَعۡجَلَكَ
عَن
قَوۡمِكَ
يَٰمُوسَىٰ
٨٣
Mbega Musa! Ni igiki catumye usiga abantu bawe inyuma, ukihutira kuza mu kabande ka “Twuwa”?
reading-goal:continue-reading

Baca q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Musa goes to the Appointment with Allah and the Children of Israel succumb to worship the Calf

Allah relates what happened when Musa traveled with the Children of Israel after Fir`awn's destruction.

فَأَتَوْاْ عَلَى قَوْمٍ يَعْكُفُونَ عَلَى أَصْنَامٍ لَّهُمْ قَالُواْ يَمُوسَى اجْعَلْ لَّنَآ إِلَهًا كَ

…

Musa goes to the Appointment with Allah and the Children of Israel succumb to worship the Calf

Allah relates what happened when Musa traveled with the

…
Lihat tafsirs

Baca related-content

83. Mbega Musa! Ni igiki catumye usiga abantu bawe inyuma, ukihutira kuza mu kabande ka “Twuwa”? 84. Musa yishuye Imana Allah ati: “Abantu banje bari inyuma yanje baraje. Nayo jewe nihutiye kuza iwawe Mana yanje Rurema Allah, kugira ndagushimishe”. 85. Imana Allah Yabwiye Musa Iti: “Mu vy’ukuri rero, Twebwe Allah mu nyuma zawe Twagerageje abantu bawe mu gusenga inyana y’inka, uwabahubishije akaba ari Saamiriy”. 86. Ni ho rero Musa yasubira inyuma ku bantu biwe ishavu riniga, atuntujwe n’ivyo bakoze, araheza ababwira ati: “Bantu banje! Imana yanyu Rurema Allah, ntiyabahaye isango ryiza ryo kubamanurira Tawurati, mwoba mwabonye ko nya sango riri kure, canke mwashatse ko Imana yanyu Rurema Allah Ibashavurira, muraheza muhitamwo guca kubiri n’isezerano ryanje, muca musenga inyana y’inka!”. 87. Abantu ba Musa bamwishuye bati: “Ntitwaciye kubiri n’isezerano ryawe tubishaka, ariko twakorewe ivyaha vy’ibisharizo vy’abantu ba Firawuni bihinguwe mu nzahabu, maze dutegekwa na Saamiriy guterera nya nzahabu mu kinogo c’umuriro ngo tugirirwe ikigongwe n’Imana Allah, ni nk’ukwo nyene rero Saamiriy yataye muri nya kinogo urushi rw’ivu ry’aho ifarasi ya Jibrili (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yahonyoje ikinono”. 88. Ni ukwo rero Saamiriy yabumbiye Bene Israyeli muri nya nzahabu igishusho c’inyana y’inka kimoka nk’inka. Saamiriy n’abamukurikiye babwiye abantu ba Musa bati: “Iyi, ni yo mana yanyu, ikaba n’imana ya Musa, Musa yasamaye ayisiga ng’aha!”. 89. Mbega abasenze igishusho c’inyana y’inka, ntibabona ko nya gishusho kitari gishoboye kubavugisha, canke ngo kibishure ivyo bakibajije, canke ko ata n’ico cobungura canke ngo kibicire!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Nota dan Renungan

reflection-not-available

Notes placeholders

Kekal Terhubung dengan Al-Quran ❤️

Peringatan ringkas yang bermakna untuk menetapkan semula, merenung dan kekal terhubung dengan al-Quran.

Baca, Dengar, Cari, dan Renungkan Al-Quran

Quran.com ialah platform dipercayai yang digunakan oleh berjuta-juta orang di seluruh dunia untuk membaca, mencari, mendengar dan merenung Al-Quran dalam pelbagai bahasa. Ia menyediakan terjemahan, tafsir, bacaan, terjemahan perkataan demi perkataan, dan alat untuk kajian yang lebih mendalam, menjadikan al-Quran boleh diakses oleh semua orang.

Sebagai Sadaqah Jariyah, Quran.com berdedikasi untuk membantu orang ramai berhubung secara mendalam dengan al-Quran. Disokong oleh Quran.Foundation , sebuah organisasi bukan untung 501(c)(3), Quran.com terus berkembang sebagai sumber percuma dan berharga untuk semua, Alhamdulillah.

Navigasi
Halaman Utama
Radio Al-Quran
Qari
Tentang Kami
Pemaju (Developers)
Kemas kini produk
Maklum balas
Bantuan
Derma
Projek Kami
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projek tanpa untung yang dimiliki, diurus atau ditaja oleh Quran.Foundation
Pautan yang di gemari
Doa-doa daripada Al-Quran
Ayat Al-Quran Hari Ini
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Peta lamanPrivasiTerma dan Syarat
© 2026 Quran.com. Hak cipta terpelihara
Sumbangan