Log masuk
Log masuk
Log masuk
Pilih Bahasa

Hud 11:80 قال لو ان لي بكم قوة او اوي الى ركن شديد ٨٠

Halaman 230 · Juz 12

قَالَ
لَوۡ
أَنَّ
لِي
بِكُمۡ
قُوَّةً
أَوۡ
ءَاوِيٓ
إِلَىٰ
رُكۡنٖ
شَدِيدٖ
٨٠
Ni ho rero Luutwi yababwira ati: “Ese iyo ngira inguvu zikwiye zo kubatesha, canke nkagira ingabo zintabara, narikubabuza ku nguvu”.
reading-goal:continue-reading

Baca q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Lut's Inability, His Desire for Strength and the Angels' Informing Him of the Reality

Allah, the Exalted, says that Lut was threatening them with his statement,

لَوْ أَنَّ لِى بِكُمْ قُوَّةً

(Would that I had strength (men) to overpower you,) meaning, 'I would surely have made an example of you and

…

Lut's Inability, His Desire for Strength and the Angels' Informing Him of the Reality

Allah, the Exalted, says that Lut was threatening them with his

…
Lihat tafsirs

Baca related-content

77. Igihe intumwa zacu Twebwe Allah z’abamalayika zashika kwa Luutwi, Luutwi yaragize impungenge ku muzo wazo, aca avuga akizibona ati: “Ni umusi w’igeragezwa ritoroshe pe!”. 78. Ni ho rero abantu baza banyaragasa kwa Luutwi, bakaba bahora bari mu bipfuza abagabo ha kwipfuza abagore, Luutwi aca arabiyama ababwira ati: “Ng’aba abakobwa banje ndababashingize, ni bo mukwiranye; nimutinye ibihano vy’Imana Allah, reka ntimuntetereze mu gushira isoni ku bashitsi banje, ubwo muri mwebwe ntihagiramwo umuntu n’umwe w’inararibonye yobabuza gukora iryo bara?”. 79. Bamwishuye bati: "Luutwi! Ni ukuri urazi neza ko tutipfuza abakobwa bawe, kandi mu vy’ukuri urazi neza na neza ico dushaka, ko ari ihuzabitsina n'abagabo nkatwe". 80. Ni ho rero Luutwi yababwira ati: “Ese iyo ngira inguvu zikwiye zo kubatesha, canke nkagira ingabo zintabara, narikubabuza ku nguvu”. 81. Izo ntumwa z’abamalayika zaciye zimenyekanisha kwa Luutwi, ziti: “Ewe Luutwi! Mu vy’ukuri, twebwe turi intumwa z’abamalayika zivuye ku Mana yawe Rurema Allah, twaje kugira duhonye abantu bawe, humura rero ntibashobora namba kwegera n’aho uri. Enda nyabuna rero, muri iri joro, urimuka wewe n’umuryango wawe hamwe n’abemeramana, kandi ntihagire n’umwe muri mwebwe ahirahira ngo ahindukire arabe inyuma, ariko rero umugore wawe aza guhanwa mu bandi. Isango ry’ihonywa ryabo rero, ni mu bucagucagu, burya ubucabucagu buri hafi gushika”. 82. Igihe rero isezerano ryacu Twebwe Allah ryo guhana abantu ba Luutwi ryagera, Twabubitseko isi y’aho baba, hejuru haja mu kuzimu, Duca Tuhacucagira amabuye ahiye y’urutavanako; 83. Ayo mabuye yariko ibimenyetso biturutse ku Mana yawe Rurema Allah, bituma adasa n’amabuye yo kw’isi; kandi icucagira ry’amabuye Twahanishije abantu ba Luutwi, ntiriri kure ko ryoshikira abagarariji b’Abakorayishi birenganije.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Nota dan Renungan

reflection-not-available

Notes placeholders

Kekal Terhubung dengan Al-Quran ❤️

Peringatan ringkas yang bermakna untuk menetapkan semula, merenung dan kekal terhubung dengan al-Quran.

Baca, Dengar, Cari, dan Renungkan Al-Quran

Quran.com ialah platform dipercayai yang digunakan oleh berjuta-juta orang di seluruh dunia untuk membaca, mencari, mendengar dan merenung Al-Quran dalam pelbagai bahasa. Ia menyediakan terjemahan, tafsir, bacaan, terjemahan perkataan demi perkataan, dan alat untuk kajian yang lebih mendalam, menjadikan al-Quran boleh diakses oleh semua orang.

Sebagai Sadaqah Jariyah, Quran.com berdedikasi untuk membantu orang ramai berhubung secara mendalam dengan al-Quran. Disokong oleh Quran.Foundation , sebuah organisasi bukan untung 501(c)(3), Quran.com terus berkembang sebagai sumber percuma dan berharga untuk semua, Alhamdulillah.

Navigasi
Halaman Utama
Radio Al-Quran
Qari
Tentang Kami
Pemaju (Developers)
Kemas kini produk
Maklum balas
Bantuan
Derma
Projek Kami
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projek tanpa untung yang dimiliki, diurus atau ditaja oleh Quran.Foundation
Pautan yang di gemari
Doa-doa daripada Al-Quran
Ayat Al-Quran Hari Ini
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Peta lamanPrivasiTerma dan Syarat
© 2026 Quran.com. Hak cipta terpelihara
Sumbangan