Hudihudi yarashikanye nya kete ku mwamikazi waho; uyo mwamikazi amaze kurisoma, yaciye akoranya abunganizi biwe mu nama, maze Hudihudi yumva wa mwamikazi avuga ati: “Emwe bunganizi banje! Mu vy’ukuri jewe, mpejeje kuronka ikete rihambaye, rirungitswe n’umuntu yubashwe;