Log masuk
Log masuk
Log masuk
Pilih Bahasa

Al-Muzzammil 73:9 رب المشرق والمغرب لا الاه الا هو فاتخذه وكيلا ٩

Halaman 574 · Juz 29

رَّبُّ
ٱلۡمَشۡرِقِ
وَٱلۡمَغۡرِبِ
لَآ
إِلَٰهَ
إِلَّا
هُوَ
فَٱتَّخِذۡهُ
وَكِيلٗا
٩
Imana Allah, ni Yo Mubungabunzi Rugaba w’ubuseruko n’uburengero n’ibiri hagati y’aho, nta mana rero ibwirijwe gusengwa atari Yo Yonyene gusa. Kubera ivyo rero, yizere uheze uyigire Umuhagarikizi wawe muri vyose.
Teruskan Membaca

Baca Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَنِ الرَّحِيمِ

(In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

The Command to stand at Night (in Prayer)

Allah commands His Messenger to cease being wrapped up, and this means to be covered during the night. He commands him to get up and s

…

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَنِ الرَّحِيمِ

(In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

The Command to stand at N

…
Lihat Tafsir

Baca dalam Konteks

1. Ewe wizingiriye mu mpuzu! 2. Haguruka usenge mw’ijoro, usigaze umwanya muto wo kuruhuka; 3. Senga igice c’ijoro canke ugabanyeko gato gushika ku ca gatatu caryo; 4. Canke wongereko gato gushika ku vya gatatu bibiri, hanyuma usome neza Qor’ani ntagatifu mu bwitonzi, wubahirije amategeko y’ukuntu isomwa. 5. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Tuzokumanurira Qor’ani irimwo amabwirizwa ahambaye. 6. Mu vy’ukuri, ukwiyegereza Imana Allah mu gusenga mw’ijoro, kuratururuza umushaha kurusha, kandi kuratuma utahura neza igisomwa, kuko umuntu muri uwo mwanya, nta buremere n’umwitwarariko w’ivy’isi biba bimuhanze. 7. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri ku murango, urafise umwanya munini ukwiye wo gutunganya ivyawe n’ibindi bikorwa vy'ishikirizabutumwa. Kubera ivyo rero, koresha umwanya wo mw’ijoro mu gusenga Imana yawe Allah; 8. Wongere uninahaze Izina ry’Imana yawe Rurema Allah, kandi wamizeko kuyisenga bimwe bivuye ku mutima, unayizere. 9. Imana Allah, ni Yo Mubungabunzi Rugaba w’ubuseruko n’uburengero n’ibiri hagati y’aho, nta mana rero ibwirijwe gusengwa atari Yo Yonyene gusa. Kubera ivyo rero, yizere uheze uyigire Umuhagarikizi wawe muri vyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Teruskan Membaca

Nota dan Refleksi

Anda tidak mempunyai sebarang nota atau renungan tentang ayat ini.

Notes placeholders

Kekal Terhubung dengan Al-Quran ❤️

Peringatan ringkas yang bermakna untuk menetapkan semula, merenung dan kekal terhubung dengan al-Quran.

Baca, Dengar, Cari, dan Renungkan Al-Quran

Quran.com ialah platform dipercayai yang digunakan oleh berjuta-juta orang di seluruh dunia untuk membaca, mencari, mendengar dan merenung Al-Quran dalam pelbagai bahasa. Ia menyediakan terjemahan, tafsir, bacaan, terjemahan perkataan demi perkataan, dan alat untuk kajian yang lebih mendalam, menjadikan al-Quran boleh diakses oleh semua orang.

Sebagai Sadaqah Jariyah, Quran.com berdedikasi untuk membantu orang ramai berhubung secara mendalam dengan al-Quran. Disokong oleh Quran.Foundation , sebuah organisasi bukan untung 501(c)(3), Quran.com terus berkembang sebagai sumber percuma dan berharga untuk semua, Alhamdulillah.

Navigasi
Halaman Utama
Radio Al-Quran
Qari
Tentang Kami
Pemaju (Developers)
Kemas kini produk
Maklum balas
Bantuan
Derma
Projek Kami
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projek tanpa untung yang dimiliki, diurus atau ditaja oleh Quran.Foundation
Pautan yang di gemari
Doa-doa daripada Al-Quran
Ayat Al-Quran Hari Ini
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Peta lamanPrivasiTerma dan Syarat
© 2026 Quran.com. Hak cipta terpelihara
Sumbangan