Log masuk
Log masuk
Log masuk
Pilih Bahasa

Al-A'raaf 7:15 قال انك من المنظرين ١٥

Halaman 152 · Juz 8

قَالَ
إِنَّكَ
مِنَ
ٱلۡمُنظَرِينَ
١٥
Imana Allah Yaramwishuye Iti: “Mu vy’ukuri, Ndaguhaye kuramba gushika ku musi w’imperuka, igihe havugijwe inzamba yo guhonya ibiremwa vyose”.
Teruskan Membaca

Baca Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

فَاهْبِطْ مِنْهَا

(Get down from this) "because you defied My command and disobeyed Me. Get out, it is not for you to be arrogant here," in Paradise, according to the scholars of Tafsir. It could also refer to particular status which he held in the utmost highs. Allah said to Iblis,

فَاخْرُجْ إِنَّكَ
…
فَاهْبِطْ مِنْهَا

(Get down from this) "because you defied My command and disobeyed Me. Get out, it is not for you to be arrogant here," in Paradise, a

…
Lihat Tafsir

Baca dalam Konteks

11. Ni ukuri, Twarabaremeye inkomoko-muntu mu kurema so wanyu Adamu, Turaheza Tubaha n’ishusho ryiwe ryiza mu kurondoka, hanyuma Tubwiriza abamalayika Duti: “Nimwubamire Adamu mumuhe icubahiro kimukwiye”, baraheza baragamburuka baramwubamira bose. Ariko Ibilisi yari asanzwe ari kumwe na bo, ntiyari mu bubamiye Adamu ku kumusharika kuri ico cubahiro ahawe. 12. Imana Allah Yarabajije Ibilisi Iti: “Ni igiki cagutumye utamwubamira kandi Nabigutegetse?”. Ibilisi yarishuye ati: “Jewe ndi intore kumuruta kuko Wandemye mu rubeya, na we Umurema mw’ivu”. 13. Ni ho Imana Allah Yabwira Ibilisi Iti: “Manuka rero uve mu Bwami bw’ijuru, ntukwiye kubugiriramwo amanyama, buvemwo mu vy’ukuri uri mu basuzuguritse”. 14. Ibilisi amaze kwihebura yabwiye Imana Allah ati: “Mpa kuramba rero gushika ku musi w’izuka”. 15. Imana Allah Yaramwishuye Iti: “Mu vy’ukuri, Ndaguhaye kuramba gushika ku musi w’imperuka, igihe havugijwe inzamba yo guhonya ibiremwa vyose”. 16. Ibilisi yabandanije ahigira Bene Adamu anaga urutoke avuga ati: “Kubera ko Wampubishije ga Mana! Ni ukuri nzokwita ku rutare mu guhubisha Bene Adamu inzira yawe igororotse y’ubwislamu, ishingiye ku kwemera-ndemanwa. 17. Hanyuma ni ukuri, nzobaturuka mu mpande zose; imbere n'inyuma, iburyo n’ibubamfu, mpeze ndabaryohereze ivy’isi, ndabatere amakenga mu kwemera ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa, kandi ntuzokwigera Usanga abenshi muri bo bashima inema zawe”. 18. Imana Allah Yabwiye Ibilisi Iti: “Sohoka uve mu Bwami bw’ijuru ushavuriwe, womowe muri bwo. Ni ukuri, umuriro wa jahannamu Nzowuzuza abazogukurikira muri Bene Adamu, muri kumwe ikivunga”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Teruskan Membaca

Nota dan Refleksi

Anda tidak mempunyai sebarang nota atau renungan tentang ayat ini.

Notes placeholders

Kekal Terhubung dengan Al-Quran ❤️

Peringatan ringkas yang bermakna untuk menetapkan semula, merenung dan kekal terhubung dengan al-Quran.

Baca, Dengar, Cari, dan Renungkan Al-Quran

Quran.com ialah platform dipercayai yang digunakan oleh berjuta-juta orang di seluruh dunia untuk membaca, mencari, mendengar dan merenung Al-Quran dalam pelbagai bahasa. Ia menyediakan terjemahan, tafsir, bacaan, terjemahan perkataan demi perkataan, dan alat untuk kajian yang lebih mendalam, menjadikan al-Quran boleh diakses oleh semua orang.

Sebagai Sadaqah Jariyah, Quran.com berdedikasi untuk membantu orang ramai berhubung secara mendalam dengan al-Quran. Disokong oleh Quran.Foundation , sebuah organisasi bukan untung 501(c)(3), Quran.com terus berkembang sebagai sumber percuma dan berharga untuk semua, Alhamdulillah.

Navigasi
Halaman Utama
Radio Al-Quran
Qari
Tentang Kami
Pemaju (Developers)
Kemas kini produk
Maklum balas
Bantuan
Derma
Projek Kami
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projek tanpa untung yang dimiliki, diurus atau ditaja oleh Quran.Foundation
Pautan yang di gemari
Doa-doa daripada Al-Quran
Ayat Al-Quran Hari Ini
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Peta lamanPrivasiTerma dan Syarat
© 2026 Quran.com. Hak cipta terpelihara
Sumbangan